Kira

Kira Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Kira, Shopping & retail, .

Infections vaginales zirangwa n’iki?Ikimenyetso nyamukuru kiranga iyi ndwara ni ururenda rudasanzwe ruturuka mu gitsina ...
14/02/2026

Infections vaginales zirangwa n’iki?

Ikimenyetso nyamukuru kiranga iyi ndwara ni ururenda rudasanzwe ruturuka mu gitsina cy’umugore. Bitewe n’ubwoko bw’udukoko twateye ubwo burwayi, urwo rurenda rushobora kugira amabara atandukanye, nkaho ushobora kubona ari umweru, umuhondo,..

Mu bindi bimenyetso twavugamo:

* Kugira uburyaryate mu gitsina

* Ububabare bukabije
*Kumva wokerwa mu gitsina
*Ububabare mu gihe cy’imibonano mpuzabitsina
* Kujya kunyara ukababara
* Kubyimba kwa bimwe mu bice by’imyanya ndangagitsina by’inyuma

Ukeneye umuti: :61059354

*KUBANTU BAFISE IKIBAZO CO KURANGIZA VUBA NGUYU UMUTI WIMFATAKIBANZA WOBA URAGUFASHA*Tumaze kubona ko hari abantu icokib...
25/01/2026

*KUBANTU BAFISE IKIBAZO CO KURANGIZA VUBA NGUYU UMUTI WIMFATAKIBANZA WOBA URAGUFASHA*

Tumaze kubona ko hari abantu icokibazo cabasinzikaje cane ariko ugasanga uburyo bwo kwivuza sikirenga abandi ugasanga birabagora uko twobafasha bivanye niyo baba bari niyompamvu twagerageje kubaha Umuti woba urabafasha bacipanga kwivuza iyo ndwara bayirandurane n'imizi

*UKO UKOGWA:*

Ufata tungurusumu (Ail) intete 30 ukazisekura
Ibitunguru bitukura (ognon rouge )3 ugakatangura
Tangawizi amagoma 3 ugaswa
Umuremera ikibuto n' igishishwa ukanikira ugashiramwo ikiyiko kimwe cifu yavyo ivanze
Indimu( citron)
Ukabishira mumazi angana nigice c'iritiro yabize ikiringo c'iminota 10 gushika bibaye akazuyazi ucumimina ukavyihereza

Ubifata ikiringo c'ukwezi wikwirikiranya udasiba.

Ushaka kumenya vyinshi turondere uku gukurikira

Whatsapp :

61059354

Téléphone

61059354

Hezagigwa

*Infections urinaires na vaginales*: indwara za infections urinaires na vaginales zisigaye ari nkikiza mwisiyose nacane ...
16/06/2025

*Infections urinaires na vaginales*:

indwara za infections urinaires na vaginales zisigaye ari nkikiza mwisiyose nacane cane kubakenyezi n'abigeme.

I.Ibimenyetso vyizo infections :
➡️Gusasatwa ugiye kumwanda muto.
➡️Gusohora ibintu binuka mugihimba cirondoka.
➡️Kuzana uduhere twinshi mugihimba c'irondoka.
➡️Kwiyagaza cane
➡️Kwumva ubushe canke imisonga musi y'umukondo.
➡️ Gusohora amashira mugihimba c'irondoka.
➡️ Gusohora amaraso mugihimba c'irondoka.

II.Ingaruka mbi ziteg wa na infections urinaires na vaginales.

➡️Ubugumba (Stérilité)
➡️Gukorora inda (Avortement)
➡️Cancer du col de l'utérus (Canceri y'ugwijiriro gw'igitereko)
➡️ Cancer de l'utérus (Canceri y'igitereko)
➡️Kwuma mugitsina mugihe c'imibonano mpuza bitsina.
➡️ Kugira ububabare budasanzwe mugihe c'imibonano mpuza bitsina.

Woba wifuza kumenya icogufasha?Woba ugwaye infections ?Woba ukeneye kumenya uko wokwikingira infections urinaires canke vaginale?
Turondere kuri : WhatsApp/téléphone :61059354

*INDWARA Y' IBIHEREHERE MU MASO (acné)*Indwara y' ibiherehere kumubiri cane cane mu maso n'imwe mu ndwara zibangamiye ab...
05/12/2024

*INDWARA Y' IBIHEREHERE MU MASO (acné)*

Indwara y' ibiherehere kumubiri cane cane mu maso n'imwe mu ndwara zibangamiye abakiri bato ariko ntibisigura ko na bahumuye itabafata igwara bose

*ACNE N' IKI?*

Acné n'indwara y' amahere mû maso ugasanga umuntu afise amabara yirabura .ayo mahere harigihe uyasanga no kugikiriza (poitrine)

*BIVA KUKI?*

Muncamake twovuga ko biva kunkaburamubiri zo kurangura amabanga mpuza bitsina(hormone sexuelle)

*Akarorero:*
Kubagore n' abakobwa:

Mugihe bari mugihe c 'ubutinyanka(règle)inkaburamubiri (hormone)ituma umugore aja mu butinyanka (mu ma règle)bita progestérone ishobora gutuma glande de sébacé ihingura ibintu vyera (sébum)bigatuma ibihere biza kuko sébum ica yugara udutoboro twurukoba (pore)

*Ku bagabo:*

Iyo umuhungu atanguye adolescence ico gihe inkaburamubiri (hormone)bita testostérone iba yabaye nyinshi ica ituma ibintu vyera twita sébum bizibira intoboro z' urukoba bigatuma umubiri udahema neza ugaca wama amahere

*M.N:*

▶️ibihere birashobora kuva kuzuba bisigura mugihe wama kuzuba

▶️birashobora kuva mu gihe ubira indugumba nyinshi cane

▶️birashobora kuva no kubindi bitandukanye

*UBWOKO BWAYO*

▶️hari ibihere vyirabuza mu sura igahinduka(acné retentionnelle)

▶️hari ibihere biryana kandi birimwo amashira kumubiri umenga n' ibivyimba

*I.N:*
ibihere ntibishobora kuba indwara mugihe utarenza imwaka 25

*UMUTI*

1. Masque d' argile blanche +citron

2. Jus de carotte +betterave
3. Nayandi amavuta afasha uruhu

Ushaka kumenya vyinshi kuriyi ndwara mwoturondera kuri

Téléphone :
69478646

Whatsap :
69478646

*TURAVURA N'IZINDI NDWARA NKA:*

* igisukari ( diabète sucre)

* isukari nke mumubiri (hypoglycémie)

* ivuduka rirenze ry ' umurindi wamaraso(hypertension artériel)

* kutagira inguvu mu kurangura amabanga y

*IBIVYIMBA VYO MUGITEREKO  ( FIBROMES UTÉRINS )* Ingorane y' ibivyimba vyo mugitereko fibrome canke myome canke fibromyo...
14/07/2024

*IBIVYIMBA VYO MUGITEREKO ( FIBROMES UTÉRINS )*

Ingorane y' ibivyimba vyo mugitereko fibrome canke myome canke fibromyome utérin n'ibivyimba bifatira mu gitereko.

*UBWOKO BW' IBIVYIMBA VYO MUGITEREKO*

Ibivyimba vyo mugitereko biri ubwoko bwinshi bimwe murivyo ni:
1.*Fibromes interstitiels canke intramuraux* : ni ibivyimba bifatira kudushishwa tw' imitsi ( couches musculaires ) ivyo nivyo bifata benshi gushika ku bice 70%
2. *Fibromes sous- séreux* : bifatira kugitereko inyuma
3. *Fibromes sous muqueux* canke endocavitaires : ni ibivyimba bija mu gitereko indani imbere bigatuma habaho kuvirirana amaraso

*IBIMENYETSO*

Ibivyimba vyo mugitereko ntitwovuga ko hari ibimenyetso bigaragara ariko hari bimwe vyibonekeza aha twovuga bike :
_Kuva amaraso menshi mugihe c' ubutinyanka
_Gushaka kuja kumwanda muto kenshi
_Kuribwa musi y' umukondo
_Kwama uva amaraso nomugihe utari mubutinyanka
_Kwumva uremerewe kd ubabara munsi yumukondo no mukiyunguyungu

Ariko ivyo bimenyetso sivyo bikwereka ko ufise ico kibazo vyiza woja kwimurikisha Kwa muganga
MN: kenshi ibi bivyimba bikunda kuza ku bagore canke inkumi zishikana imyaka 30 Eka nabari musi yayo bashobora gushikirwa nivyo bibazo bivanye nuko ibihe biguma bihindagurika, nivyo namwe mwibonera....

*ZIMWE MUNGARUKA MBI ZAVYO*

☆GUSAMA INDA ZIVAYO
☆CANCER YO MUGITEREKO

*IKIBITERA*

Akenshi biragoye kumenya ikibitera kuko:
1.Birashobora kuva kukaronda ( hérédité)
2.Kunkabura mubiri ( hormones ) cane cane iyo bita œstrogène
3.Kungorane y'inyifato n'ibikoresho bimwebimwe,...

*_ICITONDERWA_*

Akenshi iyo abantu basanze bafise ico kibazo bumva amaganya kuko benshi batinya kuja kuntambi kandi aringombwa, *ariko inkuru nziza nuko dufise ingaburo zizewe kandi zizwi zishobora kugufasha gusezera ico kibazo utabazwe* ( opération ) ushaka Ubufasha bwihuta woturondera

*Whatsap:*

69478646

*telephone:*

69478646

*kira ukize abandi mukumenyekanisha inkuru nziza ko vyose bibaho*

TURANDURANE N'IMIZI IKIBAZO CO KURANGIZA VUBA (ej*******on precoce)abagabo benshi baratakaje ububasha muvyo kurangura am...
18/06/2024

TURANDURANE N'IMIZI IKIBAZO CO KURANGIZA VUBA (ej*******on precoce)

abagabo benshi baratakaje ububasha muvyo kurangura amabanga mpuza bitsina aho ingo nyinshi usanga huzuye ivyo bibazo aho hari nizasabutse kubwizomvo ubushaka shatsi buvuga ko ibice 30 kwijana ko aribo kera wasangana ivyo bibazo nahonyene barenza imwaka 40 ariko ubu ubwanwa bwarafutse umunwa

NI GUTE TWOBONA KO DUFISE IVYO BIBAZO

Muncamake umugabo akomeye iyo ariko arangura amabanga mpuza bitsina ashobora kumara hagati yi minota itanu(5min) hamwe ni saha (heure) canke irenga ariko uwugwaye ashobora kumara hagati y' umunota umwe canke ibiri ,itatu n' itanu aho aba yakoze bigashimwa
Ariko sivyo bimenyetso gusa kuko abagabo batagira inguvu zo kurangura amabanga mpuza bitsina twoshobora kubivuga mumice ine 4:

1 .hari abagabo igitsina cabo bigorana ko gishobora guhakuruka naho umufasha wiwe yo mutegura gute akamukorakora mubihimba nkaburamubiri itigera igira inguvu.

2 .hari umuce w' abagabo igitsina cabo gihaguruka bariko barashushanya n' umugore wiwe ariko ubwo nyene kigaca kigwa ataco arakora kikabura inguvu naho yogira gute zitagaruka kiretse haciye umwanya munini canke imisi.

3.hari umuce wabagabo ashobora kuba agishushanya n' umifasha wiwe canke umukunzi wiwe ubwo igitsina kigahaguruka kandi gifise n' inguvu ubwo nyene intanga zikaca zisesa hasi atararangura amabanga mpuzabitsina ubwo nyene igitsina kica kibura ingivu bikaba bihereye aho nyene ariko mu mutwe akumva abishaka igitsina ntigisubire guhaguruka no kugira inguvu

4 .hari umuce wanyuma kandi ariwo twovuga ko izongorane zifise benshi aho uwo muce wabagabo bashobora gutegura abogore babo bikande neza ni gitsina kigahaguruka kikagira n' inguvu ndetse akagera naho arangura amabanga mpuzabitsina ariko inyuma yumunota umwe canke ibiri intanga zikaca zisohoka ubwo nyene aca abura inguvu akacika inkokora.
M.N: imiti iriho iradura ivyo bibazo ubutakigaruka hamwe nabikinishije imiti iriho ibiheza burundu
Ukeneye ubufasha
WhatsApp/tel:
69478646

Kwisambanya (mastrubation) ni kimwe abantu bakiri bato bahurumbira ariko bikabicira umubiri aha twovuga muvyo wonona:1.k...
16/06/2024

Kwisambanya (mastrubation) ni kimwe abantu bakiri bato bahurumbira ariko bikabicira umubiri aha twovuga muvyo wonona:
1.kutagira inguvu zikwiye mukurangura amabanga yabubatse no kurangiza kare
2.kugwara prostate
3.kwamana uburuhe n'ubunebwe
4.igabanuka ry'ibuto gabo n'ibindi

INKURU NZIZA
nuko umuti ufasha ivyo bibazo ningaruka wavyo uriho kandi umaze gufasha benshi uwushaka
Whatsap/telephon:69478646/77879472

INDWARA Y' IBIHEREHERE MU MASO (acné)Indwara y' ibiherehere kumubiri cane cane mu maso n'imwe mu ndwara zibangamiye abak...
29/05/2024

INDWARA Y' IBIHEREHERE MU MASO (acné)

Indwara y' ibiherehere kumubiri cane cane mu maso n'imwe mu ndwara zibangamiye abakiri bato ariko ntibisigura ko na bahumuye itabafata igwara bose

ACNE N' IKI?:
Acné n'indwara y' amahere mû maso ugasanga umuntu afise amabara yirabura .ayo mahere harigihe uyasanga no kugikiriza (poitrine)

BIVA KUKI?

Muncamake twovuga ko biva kunkaburamubiri zo kurangura amabanga mpuza bitsina(hormone sexuelle)

Akarorero:
Kubagore n' abakobwa:
Mugihe bari mugihe c 'ubutinyanka(règle)inkaburamubiri (hormone)ituma umugore aja mu butinyanka (mu ma règle)bita progestérone ishobora gutuma glande de sébacé ihingura ibintu vyera (sébum)bigatuma ibihere biza kuko sébum ica yugara udutoboro twurukoba (pore)

Ku bagabo:
Iyo umuhungu atanguye adolescence ico gihe inkaburamubiri (hormone)bita testostérone iba yabaye nyinshi ica ituma ibintu vyera twita sébum bizibira intoboro z' urukoba bigatuma umubiri udahema neza ugaca wama amahere
M.N:
- ibihere birashobora kuva kuzuba bisigura mugihe cizuba
-birashobora kuva mu gihe ubira indugumba nyinshi cane
-birashobora kuva no kubindi bitandukanye

UBWOKO BWAYO

-hari ibihere vyirabuza mu sura igahinduka(acné retentionnelle)

-hari ibihere biryana kandi birimwo amashira kumubiri umenga n' ibivyimba

I.N:ibihere ntibishobora kuba indwara mugihe utarenza imwaka 25

UMUTI
1. Masque d' argile blanche +citron

2. Jus de carotte +betterave

Ushaka kumenya vyinshi kuriyi ndwara mwoturondera kuri

Téléphone : 69478646
Whatsap :77879472

Niwaheza gusoma habandi nabo bakire

INDWARA YO KWAKAKA MU MUSHISH*TO(gastrite)Indwara  yo kwakaka mumushish*to benshi bakunze kwita estomac n indwara ibanga...
28/05/2024

INDWARA YO KWAKAKA MU MUSHISH*TO(gastrite)

Indwara yo kwakaka mumushish*to benshi bakunze kwita estomac n indwara ibangamiye benshi cane bivanye nukuntu tubayeho mubu*ima bwa misi yose

MBE INDWARA YO KWAKA MU MUSHISH*TO N' IKI?

Gstrite n' indwara yo kwakaka mumushish*to (estomac) umumushish*to n'ingihimba kijejwe kwakira ivyo twihereje ico gihimba kikaba kigizwe n' ibice 3 nyamukuru ivyo navyo akaba aribi:

1. Igihimba gitangura co haruguru bita fundus

2. Igihimba co hagati bita corp

3. Igihimba canyuma kiri musi bita autre

IBIMENYETSO

Hari ibimenyetso vyinshi vyubwo bugwayi ariko reka tuvuge bimwe mubimenyetso nyamukuru

1. Kuribwa munda (douleur abdominale)

2. Gutakaza akayabagu(anorexie)

3. Kwakaka mu mushish*to (brûlures del, estomac)

4. Gusesemwa no kudahwa (nausée et vomissement)

5. Kwama inda yuzuye uhejeje gufungura

6. Kugwa mpishi (indigestion)

7. Umwanda mukuru uvaze n' amaraso

KUKI UMUTU AGWARA INDWARA YO KWAKAKA MUMUSHISH*TO ?

Mubisanzwe umuntu kugira igware iyo ndwara ahanini twovuga ko biva kuri ibi bikwirikira:

1. Inzoga n' itabi

2. Agahinda (stress)

3. Kunwa amazi uriko ufungura

4. Icayi n' ikawa

5. Imiti yo kwamuganga imwe imwe cane cane iyo bita AINS (Anti -Influmatoire non stéroïdien)

6. Inyama

7. Kuryamana irya munda

8. Kuryagagura

9.imigera itandukanye

ICOKORWA

Mubisanzwe iyo ndwara iterwa nukuntu tubayeho mugufungura canke imibereho yamisi yose ninayo mpamvu twobasaba kwirinda ivyo bituma uyandura aho twokwiberaho ubu*ima bwiza

UMUTI

Mubisanzwe imiti iriho namwinshi yoshobora kukuvura naho yoba yagusinzikaje ariko mutubabarire kubona tutakivuga imiti nuko benshi bashaka kuyifata bakaca bayifata uko bitari ariko kubipfuza boturondera kuri :

Téléphone:

69478646
72104961

Whatsap:

77879472

Nimba ukunze iki gisomwa kandi u*i ko hari benshi cofasha bihereze abandi

Tisane nziza cane ifasha abantu bafise indwara y'igisukari (diabète)Uyishaka turondere Whatsapp : 77879472Téléphone : 69...
26/05/2024

Tisane nziza cane ifasha abantu bafise indwara y'igisukari (diabète)
Uyishaka turondere
Whatsapp : 77879472
Téléphone : 69478646

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kira posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

  • Want your business to be the top-listed Shop?

Share