A loin

A loin Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from A loin, Shopping & retail, . gmail, Bujumbura.

04/10/2024

News Tim Le04_10_2024 Vendredi 12h:00min.

Incamake y'Amakuru ariko avurwa hirya nohino Ikazeee!.

✍️ . Netanyahu yashimangiye icivugo Israel 🇮🇱 igenderako kigira Nti: Uwuzodutera tuzomutera birwije incuro "" Ayo majambo Netanyahu ayatangaje mugihe America 🇺🇸 iguma ibuza Israel kwataka Iran 🇮🇷 Israel nayo ivuga ko ntanumwe kw' Isi ahari yotegeka Israel ico ikwiye gukora rero ningombwa Iran yishure ivyo iherutse gukora.

✍️ . Israel yakamejeje kuntambara muri Liban mubitero vyo kubutaka yatanguje Liban muri laporo yunomusi basohoye batangaje ko Israel yabomoye ibara bara ryahuza Syria 🇸🇾 na Liban kuriki kirego Israel yavuze ko yabikoze kubera Hezbollah yahora yifashisha iryo bara bara mukwinjiza ibirwanisho vyamagendo.

✍️ . Uburusiya bukomeje gutera agatambuko buriko bugenda bufata agace gato gato Zelensky avuga ko Abagenzi ba Ukraine 🇺🇦 bomuha ibirwanisho vuba ndetse nubwirinzi bwishi bwo mukirere Tukiri muri Ukraine nuko Zelensky yaraye yirukanye umugaba mukuru w' Igisirikare kirwanira mukirere akaba yirukanywe mumabanga yiwe ntiharatangazwa uwamusubiriye.

✍️ . Tuyarangirize muri Koreya yaruguru aho Kizigenza wico gihugu Kim yatangaje ko igihe cose azoba akiri president Igihugu carico cose kizomusotora rimwe narimwe mukwishura kwiwe azokwishura akoresheje ibirwanisho Ruhonya nganda vyubumara , Yaciye atanga akarore kuri Koreya Yepfo avuga ko igihe izomusotora azoca ayifuta yose akoresheje ibisasu kirimbuzi.

Murakoze cane kudutiza akanya kanyu mugasoma Amakuru yacu 🙏 Umwanditsi ✍️ Kwihangana Samuel ✍️

04/10/2024

🙋🏾‍♂️Uko umutekano wifashe mu bihugu bimwe bimwe birimwo intambara

💣Intambara hagati y'ibihugu bimwe bimwe ikomeje gutongora :

🇨🇩 RD Kongo -M23 : Bintou Keita atwara Monusco, amenyesha ko atewe ubwoba n'ubutare buriko bucukurwa mu turere twiganziwe na M23. Ibihumbi 300 vy'amadorare ni yo umuhari M23 ukura muri ubwo bucukuzi bw'amabuye. Ivya M23 twaheruka kubivugako na hano : https://lc.cx/k6vR0S

🇷🇺-🇺🇦 Ku ntambara iri hagati y'Uburusiya na Ukraine : inyuma yo kubigerageza kuva muri Ruhuhuma 2022, Uburusiya bwigaruriye Vougledar, igisagara kibamwo hafi abantu 15 000 imbere y'uko intambara itangura. Ingaruka ku Burundi ziva kw'iyo ntambara twari twarabivuze hano : https://lc.cx/jFLl0X

🇮🇱-🇮🇷 Israël na Iran: Iran yarateye ama misire menshi hafi 200, itega Israël. Ariko yarazibukiye nta benshi bamenyekanye bahasize ubuzima, ahubwo Iran ngo n'iyo izohura n'ingaruka mbi kuri ico gitero. Mwibuke ko twari twababwiye aho bigeze ivya Israël muri Gaza bitaratandukira Iran : https://lc.cx/pZi1q7

🇮🇱-🇱🇧 Hagati aho, indwano ya Israël na Iran iri mu rufatangane n'urukwegane n'iya Israël na Liban. Ni mu gihe igisoda ca Israël bivugwa ko ciyemereye ko cazimanganije Hassan Nasrallah, yari arongoye umuhari Hezbollah. Uwo vyarangiye agandaguwe kumwe n'abandi 6 bishwe, na 90 bakomerekejwe

29/09/2024

😂😹🙊𝗦𝗛𝗢𝗥𝗧 𝗦𝗧𝗢𝗥𝗬🙊😹😂
°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°°
Uyu munsi ninjiye🚶bus🚌kubera amafaranga nashakaga kuzagura Imodoka yange🚗Mama👵 yarayakoresheje mukugura ibiryo n'imyenda hamwe n'umurima wo kuzaza ahingamo😳,,,,umushoferi warudutwaye yajyendaga aririmba ati"ndamutse mpfuye ubu ntawandirira🥺🎶",,,situzi uko byagenze tubona shoferi yongeje umuvuduko__🚌💨__twatangiye kumusaba🙏🙏kugabanya umuvuduko reka daa ntago yatwumvaga🤗umugabo umwe w'Ikayonza aba arasakuje ati"jesus,Jesus turaphuye weee🙆

Ako kanya twagonganye n'ikimodoka kinini__🚋_🚌💨__amaraso aranyuzura🙇ubwo nasohokaga narabanje ndeba ko akaboko kange katavunitse💪narishimwe ko ntapfuye kandi abenshi bapfuye kubw'amahirwe hari umugabo w'umukire🤵‍♂️wacaga hafi aho 🚶__

Yatugiriye impuhwe🥺maze aza kutureba😳atandukanya imirambo nabamugaye abamugaye twari12abapfuye14,,,uwo mukire yarantamgaje🙆ubwo yavuaga ko agiye guha ibihumbi100frw kuri buri munti wamugaye hamwe na million5 kuri buri muryango w'umuntu wapfuye🙆buri uwuraho wese yaratangaye😳😳

Natangiye gutekereza🤔kubyerekeranye nizo million5 baha umuntu wapfuye ibintu nayakoramo nkahindurirwa ubuzima🤗nahise ngira igitekerezo😇cyo kwipfisha☺️kujyirango mbone izo cash💴narebye hirya no hino🙄mbona ntawundeba mpita nibfisha ndyama negereye undi murambo hafi aho,ubwo naryamaga hasi umurambo twari twegeranye watangiye kunkomanga utangira gusakuza uti"apu hoshi woe batakubara ntago wapfuye🙆😳". Mba ndashakuje nti"Eeeeeh!?kumbi nawe ntago wapfuye🤔"ntanjye ntaho ndi bwajye niko namusubije🤗 ako kanya wamugabo aba ankubise urushyi😣👋rwo mumaso ntanjye mba mukubise ingumi y'amenyo😫🤛,,,ubwo dutangira gukomagurana umugore🙎‍♀️umwe aba aratubonye atangira kuvuza induru🥱Ohooooyi,,,mutabare dore abapfu babiri bari kurwana🤼 wamukire atubonye yirutse🚗__🏃💨ajya mumodoka ye ayakije yanga kujyenda aba ayivuyemo ajya kwitsimba mubihuru😂😂🙊🥦🥦🥦🏝️ako kanya umuhanda wose wasigayemo ubusa n'umukire twarwaniraga yijyendeye😂😁😂😁😂

Address

@Jyfuu. Gmail
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when A loin posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share