Kigega

Kigega Promouvoir le

22/08/2026

πŸ… "Alpha Clean Food", ni ishirahamwe ry'urwaruka ku kivi mu ribazaniye "sauce tomate" kuri make (1.200Fbu) mu bibanza vya Kigega

19/08/2026
πŸ…πŸ«˜πŸ₯” Biriho, tubahaye ikaze!πŸ˜‰   iri ku giciro kitavuna: πŸ“± 62 402 402 | 62 410 410
19/08/2026

πŸ…πŸ«˜πŸ₯” Biriho, tubahaye ikaze!
πŸ˜‰ iri ku giciro kitavuna: πŸ“± 62 402 402 | 62 410 410

πŸ‘  , ingo mu Kigega tubahe πŸ‘œ "sacs Γ  mains" nziza, zikomeye, za "BATERA COLLECTION"  πŸ₯° Berwa mu ci na  πŸ“±62 402 402
12/08/2026

πŸ‘ , ingo mu Kigega tubahe πŸ‘œ "sacs Γ  mains" nziza, zikomeye, za "BATERA COLLECTION"

πŸ₯° Berwa mu ci na

πŸ“±62 402 402

πŸ– Inyama y'inka, ikiro ni 30.000Fbu. Twugara 22h!πŸ“±62 402 402 | 62 410 410 -
11/08/2026

πŸ– Inyama y'inka, ikiro ni 30.000Fbu. Twugara 22h!

πŸ“±62 402 402 | 62 410 410 -

07/08/2026

πŸ₯³ Inkerebutsi Day, ihuriro ry'urwaruka rw'Uburundi riba buri mwaka, ryagarutse!

πŸ”₯ Urwaruka ruva mu mpande zose z'igihugu bazokoranira hamwe n'Umugenzi w'Urwaruka, Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu , mu guhimbaza ibikorwa n'impano z'urwaruka rw'Uburundi.

πŸ† Urwaruka rwitwaye neza mu migambi yarwo ruzoshikirizwa agashimwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu. Umunsi uzorangwa n'akanyamuneza, guterana intege no gukomeza icizere c'urwaruka.

🎬 N'abatozoshobora kuhashika, muzobikurikirana ikibiriraho ku mbuga hwaniro za PAEEJ.

πŸ“ Ni ku musi wa gatatu, itariki 12/08, kuri Jardin Public i Bujumbura.

05/08/2026

πŸ“’ Umugambi Paeej-Burundi uramenyesha abagwiza mbuto z'ibiraya bo mu gihugu cose, ko huguruwe icese iyandikwa ryabasanzwe bakora uyo mwuga.

πŸ‘₯ Abipfuza kwiyandikisha yaba abakora ku giti cabo, amashirahamwe canke amakoperative basanzwe bakorera mur'ico gisata, ntimutangwe munyaragase kwiyandikisha hatarenze itariki 15/8/2026.

✍🏻 Mukwiyandikisha hamwe no mukuraba ibisabwa, muca kur’uru rubuga: πŸ‘‰ https://www.paeej.bi/publication-des-avis/

🟩 Kaze usume  , twugara 22h. Wipfuza livraison, twandikire kuri: πŸ“±62 402 402 | 62 410 410
05/08/2026

🟩 Kaze usume , twugara 22h. Wipfuza livraison, twandikire kuri: πŸ“±62 402 402 | 62 410 410

03/08/2026

🍷 Umuvinyu "Elior" w'ishirahamwe Kirumara Costos Company, wambaye neza, kandi ukaryoha!

πŸ—β˜•πŸ₯šπŸ₯‘πŸ«›πŸ…πŸ§€πŸ₯”πŸŒΆοΈπŸ―πŸ«˜πŸ§„πŸ₯’πŸ–Ibihari uno musi!☺️ Kaze, twugara 22H !  | 62 40 24 02
29/07/2026

πŸ—β˜•πŸ₯šπŸ₯‘πŸ«›πŸ…πŸ§€πŸ₯”πŸŒΆοΈπŸ―πŸ«˜πŸ§„πŸ₯’πŸ–
Ibihari uno musi!

☺️ Kaze, twugara 22H !

| 62 40 24 02

Address

Palais Des Arts
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kigega posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share