Elia wa sinankwa

Elia wa sinankwa urashaka kwitwengera??

AMAKURU MASHASHA KURI W***Y NGOMA!Nyuma yuko hasakaye amakuru avuga ko Lt Col W***y Ngoma yarashwe na Drone akitaba Iman...
28/02/2026

AMAKURU MASHASHA KURI W***Y NGOMA!

Nyuma yuko hasakaye amakuru avuga ko Lt Col W***y Ngoma yarashwe na Drone akitaba Imana, kugeza uyu munsi ntamuyobozi cyangwa urwego rwa AFC/M23 ruragira icyo rubivugaho, isi ikomeje kwibaza niba koko vyoba arukuri.

IGITANGAJE: Umugore wa Lt Col Ngoma yaraye atangaje amakuru ateza urujijo, aho yasohoye video avuga kuri Leta ya KINSHASA kandi b**aragara ko ntagahinda yoba afise kugutuka leta ya congo kubera umugabo maze arenzaho amagajambo yandika ati:
"LE CHOUCHOU DU PEUPLE EST VIVANT."
Mukirundi ni nko kuvuga ngo: "UMUKUNZI W'ABATURAGE NI MUZIMA".

Umuntu yokwibaza ati W***y yoba ari muzima? Tubihe igihe kizotubwira 😘.
Ubwanje nanje sindavyemera muri portique biragoye
Umugore yumunya Rwandakazi yaravuzati
Bamurasa gute atatonze kumurongo wurugamba yaravuzati biravugwa koyoba yapfuye 🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️
Mumwanya muto acasohora ayandi makuru avugango yapfuye 🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️
Uyumugabo nimuntuki original kabiri bavugako yapfuye 🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️
Nzovyemera bonye isandugu umugore wiwe ateruye ururabo ishugwe 😏ryokumusezera ubwanyuma
So guys ukabufise umugabo arimuri congo umubwire yiyubare agende gahoro haranyerera

27/02/2026
Prezida wa   𝗦𝗮𝗺𝗶𝗮 𝗦𝘂𝗹𝘂𝗵𝘂𝗛𝗮𝘀𝘀𝗮𝗻 mugushira Ibuye shingiro kuCicaro Gishasha c’Igisirikare i Dodoma yabanje kurasa hejuru....
27/02/2026

Prezida wa 𝗦𝗮𝗺𝗶𝗮 𝗦𝘂𝗹𝘂𝗵𝘂
𝗛𝗮𝘀𝘀𝗮𝗻 mugushira Ibuye shingiro ku
Cicaro Gishasha c’Igisirikare i Dodoma yabanje kurasa hejuru.

Daniel Mugisha 26/02/2026

gufana Real Madrid bimuteye umukoshi
25/02/2026

gufana Real Madrid bimuteye umukoshi

28/01/2026

ibintu ntivyoroshe

24/01/2026

Avec Daniel Mugisha – Je fais désormais partie de ses super fans !

🟥 N'inde Kurinosi Azigera Yibagira Ishavu rya   🤦‍♂️Mumwaka 2004, Marvin Heemeyer wo muri Granby, irimuri   , yaragize a...
24/01/2026

🟥 N'inde Kurinosi Azigera Yibagira Ishavu rya 🤦‍♂️

Mumwaka 2004, Marvin Heemeyer wo muri Granby, irimuri , yaragize amatati akomeye n’igisagara ku bijanye n’ubudandaji bwiwe N'abayobozi bico gisagara. Aho kwitura ubutungane bumutunganyirize yafashe agura ayihindura imashini ikomeye cane y’intambara Itaraswa nurusasu mu mezi 18.

▪︎Ku wa 4 Ruheshi 2004, yarasohotse ayikoresha kubwishavu Abomora inyubakwa z’igisagara, ikigo c’abapolisi, n’iz’abayobozi baribafitanye amatati.
Nkubwireko Abasoda n’abapolisi barashe amasasu menshi cane kuri iyo mashini, ariko ntivyayihagaritse namba Yokomeje kubomora gushika
Asambuye inyubakwa 13, ateza igihombo ca miliyoni 7 $ 🙄

16/08/2025

IMANA niyo ibigira ikabigirura

Ibikorwa vyo kwubaka ibarabara rya Gari ya Moshi(Train) rikozwe mu buhinga bwa none(SGR) nukuvuga train izotwarwa n'umuy...
16/08/2025

Ibikorwa vyo kwubaka ibarabara rya Gari ya Moshi(Train) rikozwe mu buhinga bwa none(SGR) nukuvuga train izotwarwa n'umuyagankuba vyatangujwe icese na Nyenicubahiro President Evariste Ndayishimiye afadikanije n'Umushikaranganji wa Mbere wa Tanzania Kassim Majaliwa.

25/04/2024

Umunyamabanga mukuru w'umugambwe Cndd-Fdd yaraye agiranye ikiganiro n'abamenyeshamakuru inyuma y'inama ya Comite nkuru y'umugambwe cndd-fdd yabaye kumagenekerezo ya 22-23 ndamukiza 2024 mu kwiga uko imbona kazoza ya 2040-2060 boyishikako.
bimwe muvyapfunditswe n'ibi bikwirikira:
▪️Kwitaho ibiterwa njabukamazi bishobora kuzana amahera y'agaciro: icayi,ikawa hamwe no kwijukira igiterwa c'ivoka ryo mu bwoko bwa"Ruhere"(hass).
Mumyaka 5 iri imbere hategerezwa gushoka itone 45.000 z'ikawa hamwe n'itone 1000.0000 z.amavoka mu myaka 4 iri imbere.inzu yose isabwa kuzotera ibiti 10 vy'amavoka
▪️Uburaro mu mashure y'isumbuye bugiye gusubiraho hamwe no gufungurira abanyeshure b**a muma kaminuza ya Leta mu ntumbero yo kugarukana akanovera mu bumenyi.
▪️Ikoreshwa ry'amakara y'ibiti rigiye kugabanywa biboneka hakoreshwe umwuka(gaz) mu ntumbero yo gukingira ibiti.
▪️Abana bato(mineur) bari mu myaka iri hagati ya 9-17 bagiye kuronswa inyigisho zo gukunda igihugu hamwe n'abanyeshure barangije amashure y'isumbuye imbere yuko binjira muma kaminuza bazohabwa izo nyigisho mu kiringo c'imyaka 2
▪️Hagiye gushirwaho itegeko ribuza abakozi ba Leta gutondana ama terefone ngendanwa ku buzi bwa Leta.
▪️Intara yose itegerezwa gusigaza ihectare 200 zo gukoreramwo ibikorwa vy'uburimyi n'ubworozi bwa kijambere

Musomyi izi ngingo uzakiriye gute??

24/04/2024

Josias Nishimwe yabuze igiturire none apfunzwe n'igipolisi i Muyinga !

Twaronse ubutumwa buva mu ntara ya Muyinga bugira buti :

"Ndafise umugenzi yafatiwe i Muyinga avuye gupagasa muri Kenya, apfungiwe muri commisariat Muyinga. Amazina yiwe ni Josias Nishimwe, avuka komine Shombo mu ntara ya Karusi, ahitwa Kigora. Yafashwe itariki 18.4.2024, afise telephone ziwe hamwe n'udutenge ashiriye abiwabo, be na terefone arungikanywe. Muri kenya yahora aba Nairobi ahitwa Kabiria. Yavuye muri Kenya ku wambere itariki 15.4.2024 afatirwa I Muyinga ku wakane, ejo azokwiza indwi mu gasho.
Yafashwe na police i Muyinga, bamwaka igiturire arakibura. Police yamwatse igiturire ca 700 000 FBU. Kubera atayo yari afise, akiriko araterereza mu bagenzi, baca bamujana kumupfingira muri commissariat."

Ibi bintu bibaye vyagenze gutya ni akamaramaza. Umuntu yinjije ibintu akaba adafise amafaranga yo kubirihira muri OBR, ntaca apfungwa. OBR irafata ivyo bintu kugeza uwo muntu arishe ikori risabwa. Gupfunga umuntu ni iterabwoba rikorwa n'abo bakeneye ibiturire. Aba bantu batobato bakorera Kenya, uravye umuruho bagira mu kuronka udufaranga, hanyuma agize arataha kuramutsa umuryango, akarengana ibihugu bibiri amahoro, yagera iwabo mu Burundi akakirizwa ibiturire n'agasho, birababaje cane !

Address

RN 5
Mabayi

Telephone

+25769268507

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Elia wa sinankwa posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Elia wa sinankwa:

Share