Parcelle Burundi vente& achat

Parcelle Burundi vente& achat Kugura no kugurisha parcelle mu Burundi

tubizirikane ibi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
03/09/2026

tubizirikane ibi ๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

kaze mwisumire
03/09/2026

kaze mwisumire

waruziko iyi ntambara iri hagati ya Amerika, Israรซl na IRANI ko yahanuwe kuvakera โ“mbe waruziko iyo ntambara ko izosubiz...
09/03/2026

waruziko iyi ntambara iri hagati ya Amerika, Israรซl na IRANI ko yahanuwe kuvakera โ“

mbe waruziko iyo ntambara ko izosubiza ibintu vyinshi hasiโ“

mbega hoho waruziko iyo ntambara ko amerika itazokwigera iyitsinda โ“

ndazi muri benshi mubona ko amerika iteye ubwoba izotsinda iyintambara ariko biragoye gutsinda intambara yahanuwe kandi ikaba ishingiye kwiyoboka Mana IRANI ifise ukwishirahamwe gifatiye kwidini ariyo mpamvu umuyobozi wigihugu atogwa ndidini ryabo
turemeranya nawe ko irani ko izotsinda iyintambara โ“

andika muri commentaires

mpora nibaza ati niryari abaririmvyi mwishengero rya ADVENTISTE iburundi bazo menya kuririmba indirimbo zigezweho?  ( mo...
12/02/2026

mpora nibaza ati niryari abaririmvyi mwishengero rya ADVENTISTE iburundi bazo menya kuririmba indirimbo zigezweho? ( moderne)

ugiye kuraba ntandirimbo ya piano gusa yobanziza ikindi ntandirimbo ikozwe kuri 100.000fbu yobanziza ntamuziki wibihumbi 30000fbu woba mwiza
Ese nubukene bwamahera mwishengero?
Ese nubukene bwabafondataire?
ese nubukene bwaba musiciens ?

inyishu jewe nibaza kwari ukudakunda umurimo. nimumbwire namwe

CHRIS NDIKUMANA ati iyo ufunze amaso wizeye IMANA vyukuri urabona urumuri rukurasira ugwo rumuri rukwemeza ko MPWEMU YER...
25/01/2026

CHRIS NDIKUMANA ati iyo ufunze amaso wizeye IMANA vyukuri urabona urumuri rukurasira ugwo rumuri rukwemeza ko MPWEMU YERA ko yaje akabana nawe abandanya agirati uca wuzura inkomezi ugapfungura umutima akakwereka ivyikinzeabandanya abatera intege mumasengesho yanyu 'nokumwereka ko murikumwe
ahereza abipfuriza kugira umunsi W'IMANA MWIZA aho muri hose murakoze

kukayaga keza eka nigiciro ciza uraronka parcelle ushaka kuva kuma are ushaka urahawe ikaze unagabanirizwe ibiciroMN: HA...
18/01/2026

kukayaga keza eka nigiciro ciza uraronka parcelle ushaka kuva kuma are ushaka urahawe ikaze unagabanirizwe ibiciro
MN: HAFISE TITRE FONCIER NIZINDI MPAPURO ZOSE ZIKENEWE KUKO HARI MURI CADENCE

Uhakeneye hamagara kuri WhatsApp 65655296

12/01/2026

Bienvenue chez nous
welcome
Nagukalibisha
murarahawe ikaze

kubipfuza parcelle mu BURUNDI mu MARAMVYA kwisamariro murahawe ikaze no kubipfuza aho kwubaka amahinguriro kuri 13 mwaku...
08/01/2026

kubipfuza parcelle mu BURUNDI mu MARAMVYA kwisamariro murahawe ikaze no kubipfuza aho kwubaka amahinguriro kuri 13 mwakure kwiyi numรฉro 65655296

parcelle mu BURUNDI mu MARAMVYA kwisamariro murahawe ikaze no kubipfuza aho kwubaka amahinguriro kuri 13 mwakure kwiyi numรฉro 65655296

# viral #
# parcelle Burundi Vente &achat #

ITANGAZOAbantu mushaka akazi muburundi murahawe ikaze abakenewe1 abafundi. ( Maรงon)2 abayede ( aide maรงon)3 abashoferi (...
08/01/2026

ITANGAZO

Abantu mushaka akazi muburundi murahawe ikaze abakenewe
1 abafundi. ( Maรงon)
2 abayede ( aide maรงon)
3 abashoferi ( chauffeurs)

mwese murahawe ikaze aha harugiru ya FABLIMETAL benshi bita kuri MUSUMBA

Ushaka twiyandikisha hamagara kuriyi numรฉro 65655296

Kubipfuza kuja mumahanga
DUBAร
QUATA
CANADA
AUSTRALIE
Mwese murahawe ikaze namwe mwipfuza kumenya vyรฎnshi hamagara kuri WhatsApp +257 65655296

Address

Zone Maramvya Quartier Samariro 1
Maramvya

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Parcelle Burundi vente& achat posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share