13/11/2023
Dadju agiye kuza guteramisha i ninde?
👨👩👧 Amazina yiwe yahawe n’abavyeyi ni ariko mukazi kiwe k’uburirimvyi akaba akoresha izina rya Dadju inyuma yo guheba irya . Uyu musore afise ubwenegihugu bubiri, ubwa Congo hamwe n’ubwubufaransa.
👩🍼Dadju yavutse kw’igenekerezo rya 2 Rusama umwaka wa 1991 avukira kubitaro vya ho mubufaransa akaba avukana n’abandi bane barimwo icamamare kw’isi yose mumuziki , GIMS .
🚨Dadju yari afise amasezerano na yamaze imyaka ine (2012-2016) ,mumwaka wa 2017 asinya ayandi na ya Universal Music Group ari naho yagiriye imigisha myinshi no kumenyekana guhambaye cane.
💿 Dadju amaze gusohora album zitatu zigizwe na yasohoye mumwaka wa 2017, antidote yasohoye muri 2019 na yasohoye umwaka uheze. Uyu musore kandi amaze gukora n’abaririmvyi benshi cane bo kumigabane nka yose barimwo mwenewabo Gims ,MHD , Aya Nakamura n’abandi .
🎬Alimasi Nsungula yakuze anakunda gukina ivyese haba mumasengero, mumazu y’ibiteramo ari navyo vyahavuye bimutera gutumbera abatunganya bakanategura ama films maze nawe kurubu akaba amaze gukina izitari zike cane cane nka n’izindi.
👌🏽Kubw'ikinyobwa Amstel, uyu muririmvyi agiye kuza guteramisha abarundi mu gisagara ca 🔥🔥
🎤✍🏻Uyu mwanditsi w'indirimbo mwakunze muri benshi nka Jaloux, Mon Soleil, Ma vie, Compliqué, Va dire à ton ex n'izindi n'izindi niwe muririmvyi ngenderwako mu birori vya bitegurwa na Brarudi SA
👉Hakazoba ari ku wa gatandatu igenekerezo rya 09 Kigarama uno mwaka mu gisagara ca
🤔Mbega uyu muririmvyi akurikiranwa n’abari muri 7.500.000 k’urubuga rwa facebook wari usanzwe umuzi canke nibwo bwambere umwumvise?
Black fmBlack Rádio FM