Arcade NZIKO TV

Arcade NZIKO TV Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Arcade NZIKO TV, Shopping & retail, Ngozi, Ngozi.

20/04/2026

�kugira amagara meza bisaba kugira isuku mu mubiri indani nkuko ubikora kurukoba.

Soma neza uce ubisangiza abandi uza Kuba ufashije uwufise ikibazo kimwe murivyo
19/04/2026

Soma neza uce ubisangiza abandi uza Kuba ufashije uwufise ikibazo kimwe murivyo

14/04/2026

�Rapha kumwaka namezi3

03/04/2026

�EALI de Muyinga campus Ngozi GEPU

23/03/2026

�Uko bahekereza umwana aho mperereye���

04/03/2026

Ikidashoboka ku bantu ku Mana kiba coroshe cane

27/02/2026

turanezerewe cane�������

15/02/2026

💐Yesu wacu nashimwe ! !🙌🙌
Dusangire ano majambo y'Imana
👇👇👇👇
Imana iravuga, iti Tureme umuntu mw ishusho yacu, ase natwe: aganze amafi🐟 yo mu kiyaga🛶, n'ibiguruka mu kirere🕊️, n'ibitungano🐄, n'isi yose, n'ivyikwega vyose, bigenda bikwega inda hasi🐍. Nukw Imana irema abantu bar' uburyo bubiri👩‍❤️‍💋‍👩. Maz' Imana irabahezagira, iti Ni murondoke👫🤰🤱, mugwire, mwuzure isi muyiganze🇧🇮🇺🇸🇲🇲🇵🇦🇳🇿🇵🇰🇸🇱
Itanguriro 1:26-29

Mweneda musomyi mwiza, turavye neza ububasha Imana yaguhaye igihe yaturema sinzi impamvu wiganyira ukihebura ng'ubukene burakurembeje kandi vyose biri mubiganza🤲 vyacu.
Wewe🫵 urafise ububasha wahawe na Yesu hamwe yagucungura bwo kuganza amahanga.

Mwakire neza ijambo ry'Imana ! !!

Uyu yitwa NIZEYIMANA Enock avuka Mugano- Giteranyi- MuyingaUbu akaba apfungiwe mu mpimba yo kumusaga I Bujumbura uwo Ima...
13/02/2026

Uyu yitwa NIZEYIMANA Enock avuka Mugano- Giteranyi- Muyinga
Ubu akaba apfungiwe mu mpimba yo kumusaga I Bujumbura uwo Imana yohezagiza akantu naho twoba udukara twa 2.000Fbu yotumurungikira kuko amerewe nabi cane.
Yaronse akazi muri société baca bamwibana 3.200$=23.000.000Fbu niyompamvu apfunzwe.
Uwokaronka yomurondera kuri 61570668

Imana ikworohereze mugenzi!! 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

12/02/2026

nivyo vraiment UBUZIMA BUGUHA ICO wabubikije

Address

Ngozi
Ngozi

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Arcade NZIKO TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share