Ayacu Fondation

Ayacu Fondation Alimentaire

*BUTANYERERA TRUST COMPANY**Tangura uyu munsi nawe winjire mumurwi w'abagize umwuga urudandazwe rwo kubika no kubikura a...
09/07/2024

*BUTANYERERA TRUST COMPANY*

*Tangura uyu munsi nawe winjire mumurwi w'abagize umwuga urudandazwe rwo kubika no kubikura amafaranga muri lumicash na ecocash.*๐Ÿ’ต๐Ÿ’ธ๐Ÿ’ท๐Ÿ’ถ

*Sivyo gusa,dandaza n'ama unitรฉ kumihora yose: lumitel, onamob na econet leo kandi kugahembo(commission )gatubutse*๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ๐Ÿคท๐Ÿพโ€โ™‚๏ธ

*Ivyo vyose niwabikora,๐Ÿ‘๐Ÿฟ๐Ÿ‘๐Ÿฟ๐Ÿ‘๐Ÿฟ๐Ÿ‘๐Ÿฟ๐Ÿ‘๐Ÿฟ๐Ÿ‘๐Ÿฟumunsi umwe nzumva umpagaye ati ingo mwana wa mama twisangirire agafanta warakoze kundangira Aho nkura agafaranga!๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚๐Ÿ˜‚*

*Yemwe yemwe ntimutangwe,ntahandi atari muri BUTANYERERA TRUST COMPANY*

*Tubafitiye uburyo bitandukanye na agent zitandukanye mushobora gukoresha :*

*1: Mobinetel*
*2: Telemax*
*3: Efeza*
*4: Cashtel*

*Twakure canke muduhamagare kuri 69969438/79943310 canke mutwandikire kuri WhatsApp Aho muri hose mu Burundi bwacu turabatunganiriza*

*BUTANYERERA TRUST COMPANY,vyose hamwe kandi kumwanya umweeeee*

*Adresse :*
*Marchรฉ de Ngozi, Ngozi*
*Centre ville, Bujumbura*

*Uwushaka kwuguruza igisata cukudandaza unitรฉ zunguka Aze ndamwugururire 'Agent' nikubuntu*           ๐Ÿ‘‡๐Ÿป  1.*Mobinetel*-...
22/03/2024

*Uwushaka kwuguruza igisata cukudandaza unitรฉ zunguka Aze ndamwugururire 'Agent' nikubuntu*
๐Ÿ‘‡๐Ÿป
1.*Mobinetel*

-Lumitel 10.000 8.4%
-Econet 10.000 7.5%
-Onamobe 10.000 7.5%

Kandi nukugirira depot na Retrait par *Lumicash Ecocash* Ukoresheje *Mobinetel* birakunda nyandikira inbox ๐Ÿ“ฅ
79943310/69969438/65115518
ndabafashe

Yambu U-Reporter!Urwaruka rurabangamiwe n ihindagurika ry ibihe ku rugero rutandukanye.Vyoba vyiza bonyene bivugiye inge...
15/10/2021

Yambu U-Reporter!

Urwaruka rurabangamiwe n ihindagurika ry ibihe ku rugero rutandukanye.
Vyoba vyiza bonyene bivugiye ingene twohangana nizo ngorane.
Duhamagariye abarongozi bo kw isi yose ko bokora ibishoboka kugira ngo akamo k urwaruka kumvirwe.

Our Voice Our Future: A Call to Action from half a million young people across Africa and Europe

Yambu U-Reporter!Mwari muzi ko ibice mirongomunani n umunani kw ijana (88%) vy urwaruka rwabajijwe rwo mu bihugu bigize ...
15/10/2021

Yambu U-Reporter!
Mwari muzi ko ibice mirongomunani n umunani kw ijana (88%) vy urwaruka rwabajijwe rwo mu bihugu bigize ubumwe bwa buraya n umugabane wa afrika rwiyumva yuko rufise uruhara rudasanzwe mu kugwanya ihindagurika ry ibihe ?
Rurasaba abarongozi gukorana n abo mu gufata ingingo zihutigwa kugira bahangane nihindagurika ry ibihe.

New report shares views of over 450,000 young people

Yambu U-Reporter!Abigeme muri he ?27% bigitsina gore nibo bari mu mugwi wa U-Report: https://burundi.ureport.in/engageme...
15/10/2021

Yambu U-Reporter!
Abigeme muri he ?
27% bigitsina gore nibo bari mu mugwi wa U-Report: https://burundi.ureport.in/engagement/,
Hamagarira abigeme bo mu kibano iwanyu aho muherereye bari hagati yimyaka 15 na 24 kwiyandikisha kuri U-Report biroroshe cane. Rungika ijambo INJIRA ku numero 156 ni kubuntu, Canke wiyandikishe uciye ku rubuga rwa Facebook Messenger uciye ngaha :

https://www.facebook.com/UReportBurundi

26/07/2021

Contactez-nous

24/07/2021

Address

Route Province-Vyegwa
Ngozi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ayacu Fondation posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ayacu Fondation:

Shortcuts

Share