La puissance de produits d'AIM Global

La puissance de produits d'AIM Global Alliance in motion global en partenariat avec Nuture's way from American, weither from Japon et DSM

Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, ba...
17/01/2025

Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, batiyumvamwo umugabo! Ingorane zukwikinisha ndaguhaye ikaze kungaburo nziza cane ivura ikongera igakinga. Ufise ikibazo mpamagara kuri 72146174

13/01/2025

*ASTHME (ASIMA)*

Asima ni indwara y'amahaha.
Ni imwe mu ndwara ziteranye ubwoba kuko ihitana benshi kandi ukaba imaze gufatwa nk'indwara idakira.

UKO IFATA

Indwara ya asima ufata umuntu bitewe n'imiringoti ijana impwemu nziza twita oxygène bakaba bayita bronches n'udutsi dutoduto tuyivako bita bronchioles ikoberana maze igatangura kuzana uruziri(mucus) maze bigatuma impwemu zitaba zicinjira neza.
Ivyo bishika kenshi iyo ikirere cahindutse hagakanya canke mw'ijoro canke muntumuka canke inzu yugaye n'ahandi.

IBIMENYETSO

* Guhema udashikana(dyspnée)
* Gukorora cane mbere atanigikororwa kiza(Toux sèche)
* Kubira indugumba(transpiration)
* kumva inda inangiye
* n'ibindi

IKIBITERA

Ibitera asima ni vyinshi cane ariko reka tuvuge bimwe bimwe:
* Ishobora kuba akaronda(héréditaire) ariko ntavuka ayifise ahubwo avuka afise umubiri woroshe kuyirwara( prédisposition génétique).

* Itabi

* Kuvukira ahantu handuye

* ubwandu bw'imigera(infection bactérienne)

* n'ibindi

UMUTI

1. Ingaburo nyunganiramubiri *Complte Phytoenergizer* ikozwe mubwoko 12bw'imboga, 12 bw'ivyamwa,29 bw'amavitamines minérales ,12 bw'ibizinu,18acides aminés,12 algues,12 enzymes de digestions,... ingaburo *16000* phytonutriments ziyituma ishobora gukinga no kuvura izindi indwara zirenga ijana!

2.Ingaburo *Choleduz* ikozwe mumavuta y'amafi agaheza akarinda ikinure kibi (mauvais cholestérol), iyo nayo igakinga indwara nyinshi cane harimwo nka za diabète na hypertension !!!

NB.Mukugira n'abandi baronke amahirwe yo gukira,bikwize muma groupe murimwo,bihe abagenzi bawe.

Mushaka gusobanukirwa cane canke kubaza ingene twobaronsa uwo muti mwoturondera kuri Iyi numéro : whatsapp +25772146174 cke 65959241

Whatsapp:
*72146174*

22/12/2021
🇧🇮🇺🇬🇷🇼 *  umukunzi wawe, umufasha wawe* *LIVEN COFFEE na C24/7 n YANDITSE AMATEKA YAHAGEZE KUGWEGO MPUZAMAKUNGU*Hamagara...
26/10/2021

🇧🇮🇺🇬🇷🇼 * umukunzi wawe, umufasha wawe*
*LIVEN COFFEE na C24/7 n YANDITSE AMATEKA YAHAGEZE KUGWEGO MPUZAMAKUNGU*Hamagara nonaha*

Watsapp+Tel:*+25772146174*

Bwira nabandi ko wabonye umuti

*DORE IBYO IFASHA:*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?*
*�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?*
*�Ese uri umudamu cg umukobwa ariko ntamazi ugira cg ufite make?*
*� Ese Intanga zawe zacitse amazi cg zigenda gake_*
*�Ese wabaswe no kwikinisha cg ufite zimwe mungaruka zabyo?_*
7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara,infection urinaire. ........ .......nizindi nyinshi
_*Wigira Isoni Nyandikira cg Umpamagare Nkukorere Umuti.*_
: WhatsApp *+25772146174 hereza umukunzi wawe, umufasha wawe*
*LIVEN COFFEE na C24/7 n YANDITSE AMATEKA YAHAGEZE KUGWEGO MPUZAMAKUNGU*Hamagara nonaha*

Watsapp+Tel:*+25772146174*

Bwira nabandi ko wabonye umuti

*DORE IBYO IFASHA:*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kurangiza vuba?*
*� Ese waba ugira ikibazo cyo Kutagira ubushake?*
*�Ese waba Ukora agaturu kambere ariko gushaka aka kabiri bikanga?*
*�Ese uri umudamu cg umukobwa ariko ntamazi ugira cg ufite make?*
*� Ese Intanga zawe zacitse amazi cg zigenda gake_*
*�Ese wabaswe no kwikinisha cg ufite zimwe mungaruka zabyo?_*
7) Tuvura nizindi ndwara nyinshi nka Amibe ,igifu,impyiko, umwijima, amara,infection urinaire. ........ .......nizindi nyinshi
_*Wigira Isoni Nyandikira cg Umpamagare Nkukorere Umuti.*_
: WhatsApp *+25772146174*🇧🇮🇺🇬🇷🇼

Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, ba...
23/10/2021

Niwaba ufise ikibazo cokurangura amabanga yabubatse bamwe barangiza vuba canke atanguvu bafise! Bamwe batagira amazi, batiyumvamwo umugabo! Ingorane zukwikinisha ndaguhaye ikaze kungaburo nziza cane !

23/10/2021

ingene yaragwaye munyuma arakira ingwara yari yarananiranye!!
Biyarwa n’Umuvyeyi w’Umwana yakize mu buryo butangaje, ingwara bita mugifaransa "Drepanocytose". Iyi ngwara uwuyirwaye yama mubitaro kuko aguma akama amaraso. Ntushobora kurambana iyo ngwara kuko benshi ibahitana bakiri bato.
Haheze igihe barageza kwiruka hirya no hino, mu bitaro bitandukanye, aho amaganya, agahinda n'umwiheburo arivyo vyaranga uwo muryango kubera ikibazo c'uwo mwana.
Kuko iyo ngwara bishika ikanatera uburibwe bubabaje caane. Niho yamenya ko mw'ishirahamwe ALLIANCE IN MOTION GLOBAL ridandaza ingaburo zahinguriwe muri zishobora kuvura ingwara zitandukanye zananiranye, iyo bish*tse ukazifata nkuko wabihanuwe n'abahinga.
Yazifashe amezi ane, none ehe raba igipimo cemeje ko yakize ako karanda, mubisanzwe atamuti wo kwa muganga uhari wo kuyivura. Uyomuvyeyi Agakenguruka kuko yasanze Imiti ica mungaburo arimyiza cane!
Agasaba Uwose afise Ingwara zananiranye ko yokwitura ishirahamwe ALLIANCE IN MOTION GLOBAL BURUNDI Rikamuronsa ziva muvyaremwe niwo muti ntasubirizwa.

Nkaca nibaza nti: " MBEGA BAMWE BAVUGA ALLIANCE IN MOTION GLOBAL UKO RITARI, NKUNO MUVYEYI YARONSE AKOYOKO K'IKIBONDO CIWE NAWE YOCA AVUGA GUTE?"
Twige gushigikira no gutera intege ababa bariko bazana inyushu z'ibibazo Dufise mu mibereho yacu nkuko rino shirahamwe ririko rirabikora....

16/10/2021
13/08/2021

_*WARUZIKO INDWARA Y'IGISUKARI (DIABÈTE) KO ISHOBORA GUKIRA?*_
INDWARA Y'IGISUKARI(DIABÈTE SUCRÉ)
Imwe mu ndwara zigisibije mw'isi yose mbere no mu burundi ni indwara y'igisukari.

Kugira umuntu arware Indwara yigisukari,nuko urwagasha rujejwe guhingura inkabura mubiri bita insuline, uduhimba tubikora bita les cellules bêta des îlots de Langerhan buba bwononekaye.
Ico gihe isukari iciba umurengera mu maraso.

IBIMENYETSO
Iyo umuntu afashwe n'igisukari,hari ibimenyetso bimwe bimwe bimubonekako:
1.umukoyo urimwo isukari(glycosurie)
2.gusonza cane(polyphagie)
3.kunyoterwa cane(polydypsie)
4.kwihagarika kenshi(polyurie)
BIKOMEYE(COMPLICATION)

1.amaso arononekara(retinopathie diabétique)
2.gutakaza ibubasha bwo kirangura amabanga ya bubatse( impuissance sexuelle ku bagabo,frigidité ku bagore)
3.infection urinaire
N'ibindi.

_*Watsapp:+257 68903483

IBIYITERA

1.isukari,ibisosa n'amafanta
2.inyama,amata n'amagi
3.inzoga n'itabi
4.icayi
5.kubura vitamine B6
6.kwama kundya imwe
7.umuvyibuho wumurengera n'ibindi

INGABURO WOFATA
1. Caffee Alkalin sans sucre : ifasha muri detoxification y'umubiri
2.C24/7: ikozwe mubimera bishika 140 ikabamwo ingaburo zishika 22000 phyto nutriments

3.Choleduz:omega supreme 3 ikozwe mumavuta yifi zomuma oceans.ifise ubushobozi bwo kurwanya ibinure bibi
4.Restorlyf : iza gusubiza itoto ama cellule yamaze kwononekara umubiri ugasubirana inguvu

NB.
Uko bifatwa n'ikiringo bifatwamwo bisabwa ko mwobanza kudusaba impanuro

Kwirakwiza ubu butumwa mumagroupe yose urimwo kandi no kubagenzi bawe

Appel, Sms & whatsapp: * +257 68903483

Address

Bujumbura _Avenue De L'amitié _ABC Building
Bujumbura

Telephone

+25768903483

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when La puissance de produits d'AIM Global posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share