OG king bdi

OG king bdi Life

26/04/2023
08/08/2022

1 abami 3:5_9 harankoze kumutima cane aho yehova yabonekera salomo amubwira ko yomusaba" Salomon yarankoze kumutima hokubanza kumusaba ibintu vyisi? Yamusavye ubukerebitsi ATI MPa kumutima ugamburuka. Kugira ashobore gucira imanza abanya isilael Salomon nintangakarorero mugusaba kubera yahisemwo ikintu na yehova yakunze cane nomuriki gihe rero natwe hamwe vyosaba KO turonka ako karyo turakwiye guhitamwo ikintu ataricogirira akamaro jewe gusa ahubwo nabandi...?

03/08/2022

Mwese ndabemera mwubahwe

Address

RN 1
Bujumbura
KAMENGE

Telephone

+25767780827

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when OG king bdi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share