Onira Télécom

Onira Télécom Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Onira Télécom, Shopping & retail, Kamenge, Bujumbura.

 : Imitekero ya   na   (Social package) hamwe n'imitekero imara ukwezi ya 5000 na 7000 ( eco package), yakuwe burundu ku...
31/07/2023

: Imitekero ya na (Social package) hamwe n'imitekero imara ukwezi ya 5000 na 7000 ( eco package), yakuwe burundu ku buhinga abanywanyi bahora bakoresha mu kuyigura aribwo "application" canke .

Vyatanguye buhoro buhoro aho iyo mitekero uwushaka kuyigura yahora ayigura akoresheje terefone bisanzwe uciye kuri *150 #, hanyuma biragorana kuko ubuhinga bwariko bwishira ku gihe. Kugura imitekero vyaciye vyungururizwa ku buhinga bwa none aribwo applications zitwa canke maze kuyigura bigakunda.

Kuri uyu musi wa mbere itariki 31.07.2023 niho hahavuye hamenyekana ko iyo mitekero itakiboneka no kuri ubwo buhinga aho uwushaka kugura umutekero udahera(Eco package) ahera ku mafaranga ibihumbi cumi (10000Fbu), nayo umutekero Facebook na WatsApp(Social package) bikaba bitakiboneka.

Mwomenya ko n'uturusho two guhamagara, , hamwe n'imitekero y'ubutumwa bugufi, , twarafuswe.

Mwakiriye gute iyo ngingo ya yo gufuta iyo mitekero yose yahora ikoreshwa?



04/06/2023
Yagarutse agarukana n'  Karibu turonderere hose turindirire hamwe uruzokwama kare.Bye  Kumenya vyishi   _WhatsApp: +2576...
04/06/2023

Yagarutse agarukana n' Karibu turonderere hose turindirire hamwe uruzokwama kare.

Bye

Kumenya vyishi _WhatsApp: +25761312480

Karibu mw'  dutaratarize hose turindirire hamwe uruzokwera kare.Bye  Kumenya vyishi   _WhatsApp: +25761312480
04/06/2023

Karibu mw' dutaratarize hose turindirire hamwe uruzokwera kare.

Bye

Kumenya vyishi _WhatsApp: +25761312480

01/06/2023

Mwiriwe na Mwaramutse bivanye nahumwumwe wese aherere.

ibandanya kubategurira ubuganuke Aho twabazaniye

ni Aho dusangamwo uburusho bwishi mugihe harimwo na Transfert yunguka kuri .

Tubibutsako hari igikorwa cogutanga Ubu ntimucikwe nayomahingwe karibu mwese kuruwowese avyipfuza.

Kumenya vyishi kuri :
:+25761312480

irabipfurije ibihe vyiza nugutangurana nukwezi kwa
🚴🚴🚴🚴

01/06/2023

Onira Télécom irabipfurije umusi wa 4 mwiza

Address

Kamenge
Bujumbura

Telephone

+25761312480

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Onira Télécom posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Onira Télécom:

Shortcuts

Share