Buja Kingdon Tv

Buja Kingdon Tv Buja Kingdom TV, house of most talented film actors located in Burundi �

Umuntu azi ikintu kimwe kuruyumukinyi wamareresi ndundi wo mumurwi wa       akitubwire
22/07/2024

Umuntu azi ikintu kimwe kuruyumukinyi wamareresi ndundi wo mumurwi wa akitubwire

Kubakunzi bacu bama badukurikirana kumbuga zitandukanye  ,Facebook n'izindiEjo igihe c'isaha zibiri n'inusu 20h:30' tuzo...
08/09/2023

Kubakunzi bacu bama badukurikirana kumbuga zitandukanye ,Facebook n'izindi

Ejo igihe c'isaha zibiri n'inusu 20h:30' tuzoba tubafitiye akantu kumutse🔥🔥🔥

Duhurir hahandi nyene mukugira na kuri ya page yacu ya talent films 👇👇👇👇

://www.facebook.com/profile.php?id=100088149676538

#69887440

  Niyokwizera   benshi tumuzi nka   kumunsi wejo 22/7/2023 niho yaraye agize   n'umukunzi wiwe   Turabakeje cane twonger...
23/07/2023

Niyokwizera benshi tumuzi nka kumunsi wejo 22/7/2023 niho yaraye agize n'umukunzi wiwe
Turabakeje cane twongera tubipfuriza ruhire

Nk'umukunzi w'umuziki niyihe ya ikuryohera kuruta izindi???

Twagiye muri commentaires👇👇👇👇

05/06/2023

Mamaweee aba b'ubu n'ingorane kabisa🤣🤣🤣🤣
Niwirabire nawe😂😂 Gira ico uvuze kuba b'ikigihe canke ico wobahanura

Ntiwibagire kugira na kuri _Talent_Films
👇👇
https://youtube.com/

 Vuba Umuririmvyi   arabaha indirimbo yiwe   yise  Uyu Muririmvyi   Ubona Atariko abikora neza mumuziki ndundi?Jewe kubw...
17/04/2023



Vuba Umuririmvyi arabaha indirimbo yiwe yise

Uyu Muririmvyi Ubona Atariko abikora neza mumuziki ndundi?
Jewe kubwanje Aguma ari 'abana mumuziki ndundi nawe niko ubibona?



Ng'iyo ya video nshasha yo muri *Kingdom Talent Films* Fyonda kuri iyo *Link* nawe wirabire.N'izindi vuba cane zirabashi...
15/04/2023

Ng'iyo ya video nshasha yo muri *Kingdom Talent Films* Fyonda kuri iyo *Link* nawe wirabire.
N'izindi vuba cane zirabashikira💥💥

Muri bwa bumwe bwo gutezany imbere mudufashe kugira: *-SUBSCRIBE/S'abonner* ,
*-Like/J'aime*
*-Share/Partage*

Share your videos with friends, family and the world

 Umuririmvyi abica bigacika mugihugu  'uburundi akaba   akabegwa caneNtiwibagire gukora   and   na   kuri iyi   yacu
19/03/2023



Umuririmvyi abica bigacika mugihugu 'uburundi akaba akabegwa cane

Ntiwibagire gukora and na kuri iyi yacu

  FT    yakera y'umuririmvyi   Wo mugihugu c'Uburundi🇧🇮 na   Wo mugihugu ca  🇰🇪Ntiwibagire   and   na   kuri iyi page ya...
19/03/2023

FT

yakera y'umuririmvyi Wo mugihugu c'Uburundi🇧🇮 na Wo mugihugu ca 🇰🇪

Ntiwibagire and na kuri iyi page yacu

 Umuririmvyi   Photo yiwe niyubu niyakera urabona ko muntu ava Kure atamuntu yogaya uwundiNawe   kurubuga gwiwe gwa   ak...
18/03/2023



Umuririmvyi Photo yiwe niyubu niyakera urabona ko muntu ava Kure atamuntu yogaya uwundi
Nawe kurubuga gwiwe gwa akaba yavuze ati ''Ntampamvu Umuntu Atoshima IMANA Kuko twese dufise iyo twavuye naho tugeze atari ubuhinga bwacu ahubwo ari ubuntu bwayo''

Ntiwibagire gukora and na kuri iyi page yacu

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 17:00
Tuesday 08:00 - 17:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 17:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 17:00
Sunday 10:00 - 14:00

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Buja Kingdon Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share