26/10/2022
Iyi y'i Burundi, BURUNDI MON PAYS (AMAKURU) ije gukorera mu ma hinguriro y'ibinyobwa vy'umutobe (Jus) aho igiye guhingura imitobe mu vyamwa nka Macademia n'amabungo. Ntitwibagiye kandi imwe ifasha vyinshi ku buzima bwa kiremwa muntu.
Ibikorwa biriko bigenda neza kubihereza uwo mutobe no kurangura. Ukeneye uwo mutobe uca uhamagara kuri 68979149 no kuri whatsap niyo nyene. Tubibutse ko kandi niyo ukeneye kurangura vyinshi tugushikanira aho ukorera.