30/08/2026
Kubera iki kwitaho ari ngirakamaro?
Abantu twese kw'isi iyo tuva tukagera turakeneye amagara meza. Kuko amagara meza niyo mu nyuma atuma dushobora gukora ibindi bikorwa biduteza imbere. Ariko hari igihe bishika tukisangana amagara mabi. Yaba amagara meza canke mabi (ingwara), Dynace yarabonye ko vyose bituruka ku kuntu uturemangingo tw'umubiri twifashe, cane cane uturemangingo nkomoko ( ): iyo uturemangingo twifashe neza, tuba dufise amagara meza; iyo naho uturemangingo twononekaye canke tugapfa, haca hakurikira amagara mabi (ingwara).
Dynace rero yazanye inyishu irama mu kunagura amagara y'abantu, iyo nayo ikaba ishingiye ku kunagura mu mizi, canke mw'itanguriro ry'umubiri ariho mu . Kuko iyo uturemangingo nkomoko twifashe neza, bica bituma n'uturemangingo two mu bihimba bitandukanye vy'umubiri dusubira kumera neza kandi tukanagwira ku rugero rushimishije, ibica bituma umubiri ugarukana bwawo, gutyo wo nyene ukigwanira ukirukana ingwara iwurimwo. Ukwo kunagura umubiri uhereye mu mizi yawo (mu turemangingo, mu ma ) ni vyo vyitwa mu gifaransa . Ivyo navyo nta muntu n'umwe atabikeneye/atazobikenera. Nta muntu n'umwe adakeneye kunagura umubiri wiwe, nta muntu n'umwe adakeneye amagara meza arama. Kuko ufise amagara meza, ibindi vyose bica vyoroha. Ayo magara meza ari muri Dynace rero yubakiye ahanini ku ngaburo-muti yitwa .
None yabonetse gute? Ikora gute? Ivyo tuzobiyaga mu kiganiro co hanyuma. Mu kurindira nube urakurikirana iyi ntahe y'uwafashijwe na gutyo agarukana umunezero yari yaranyazwe n'ingwara.
Ukeneye Rocenta canke ari ikindi ushaka kumenya, hamagara/andikira 62 20 65 68