Øbën lůx øg

Øbën lůx øg

🇧🇮🔥 Kirikou A Kili Ft Marioo 🇹🇿 Kirikou Ahajeje Gutangazako Iyo Ndirimbo Ihari Igisigaye Arabafana Biwe Nabafana B' Umuz...
07/02/2026

🇧🇮🔥 Kirikou A Kili Ft Marioo 🇹🇿 Kirikou Ahajeje Gutangazako Iyo Ndirimbo Ihari Igisigaye Arabafana Biwe Nabafana B' Umuziki Ndundi 🇧🇮 Muri Rusangi Mwomubwira Igihe Muyikenereyeko ✅

Kano Kanya Tuvugana Kirikou Kurubuga Rwiwe Rwa Facebook Yanditse Ati : Mfise iyo ndikumwe na Kivumbi 🇷🇼
Nkagira niyo ndikumwe na Marioo 🇹🇿
Nkagira kandi niyo Ndikumwe na D One 🇧🇮

Nyokuru yamaze kuncaguza itariki nawe ncaguza iyo nkurikiza. 👇🏾

Muri Tayali Kwakira Ino Hit song Kuva Ibijumbura 🇧🇮 Gushika Muri Dar Salaam 🇹🇿 Kwa Toto Bad 🔥🔥🔥

Ndasubiyemwo Iyi Ndirimbo Arikumwe Na Marioo Murayiteguriye? Mwibazako Izoba Imeze Gute?

Øbën lůx øg

🤣🤣🫵   agiye kubakoma ndabarahiye kuwamungu muri   Umuriro uzokwaka ni so zakichwa inuma yishamba 🫵 Location ni KU MUGANU...
05/02/2026

🤣🤣🫵 agiye kubakoma ndabarahiye kuwamungu muri Umuriro uzokwaka ni so zakichwa inuma yishamba

🫵 Location ni KU MUGANURO BAR le 08/02/2026
Ntagusiba nimba ushaka gutwenga na AMA 200 BOY

Øbën lůx øg

🔴🔵 :🇧🇮 Amakuru atarayivumbi nuko Umuririmvyi Sat-B azoba Ari mubaririmvyi bazoshobora kuririmba Kuruyumusi kukibuga cumu...
31/01/2026

🔴🔵 :🇧🇮 Amakuru atarayivumbi nuko Umuririmvyi Sat-B azoba Ari mubaririmvyi bazoshobora kuririmba Kuruyumusi kukibuga cumupira Sitade Intwari arikumwe nabaririmvyi bagenziwe nka Kirikou A Kili , n'umugwi ndanga karanga "Troupe Amagaba", murukino rwa Vitaro FC na Bumamuru FC.

🔴🇧🇮🎤Inyuma y'aho Uwahoze arumunyagori wumugwi serukira gihugu "Intamba Murugamba" y'itwa "Arakaza Mac arthur" Avuze amajambo meshi kuri SatB none baraye bahuye aho biboneka kobari bafise Umunezero, bahejeje kuyaga kuvyejo kuri Stade Intwari.

✍️Ukaba ukunda SatB na Kirikou ntiwosiba kuko bazotanga show ikwiye kubakunzi babo🇧🇮🔥.
Nïsh Øbën Lüx

Rondera Amahera Bazobone Ukusa 😘Mukuyarondera rore nugukoresha Code Promo « NATACHA » muri 1XBET 🧚🏽‍♀️  Natacha Burundi ...
23/01/2026

Rondera Amahera Bazobone Ukusa 😘

Mukuyarondera rore nugukoresha Code Promo « NATACHA » muri 1XBET 🧚🏽‍♀️

Natacha Burundi

Øbën lůx øg

🔴🔵🫢Real Madrid nyene ihejeje gusezererwa na Albacete yo mucicaro ca kabiri Manaaaa wee yongeye gutsindwa 3-2Mbega ibihe ...
15/01/2026

🔴🔵🫢Real Madrid nyene ihejeje gusezererwa na Albacete yo mucicaro ca kabiri Manaaaa wee yongeye gutsindwa 3-2

Mbega ibihe bibi ekipe inyuma ya Super Coupe Espanye na Copa del Ray baravuyemwo

Arbeloa ibi nivyanje kubafasha ?

Øbën lůx øg

Ntamukunzi W'Umuziku Ndundi Yorengana Iyi Photo Atagize Like ❤️Big Fizzo & The Real Edith Stein KimanaØbën lůx øg
14/01/2026

Ntamukunzi W'Umuziku Ndundi Yorengana Iyi Photo Atagize Like ❤️
Big Fizzo & The Real Edith Stein Kimana

Øbën lůx øg

🥹❤️❤️❤️🫵 Umuririmvyi Drama T  aheruka gukorera Surprise MAMAN wiwe amuvyara mukumuha   Ya Téléphone igezweho iriko ivugi...
14/01/2026

🥹❤️❤️❤️🫵 Umuririmvyi Drama T aheruka gukorera Surprise MAMAN wiwe amuvyara mukumuha Ya Téléphone igezweho iriko ivugisha isi Iphone 17Pro Max nkiyo nawe atunze bino bikora bake Ubundi Maman Ni Maman ntanuwundi azoza asumba maman umuvyeyi nikibura ntikiboneke

🫵 Akajambo kamwe kuri Drama T atibagira umuvyeyi wiwe kuko niwe amusabira imigisha keshi kugira aronke ivyo afise vyose naho ageze

❤️ Burya nawe MAMAN wawe aragusengera buri musi naho utabimenye kuko umuvyeyi aba yipfuza ko abana biwe batera imbere

❤️Nanje Maman wanje mukunda kuruta uko yikunda

Øbën lůx øg

14/01/2026

Sikusa by Natacha Burundi
New challenge🔥🔥🔥🔥

✍🏻𝐔𝐖𝐈𝐌𝐀𝐍𝐀 𝐂𝐡𝐫𝐢𝐬𝐭𝐢𝐚𝐧 a.k.a Wiz Designer Mumwagiriza Iki Koko?🚨Ntaco Adakora Iyo Asohoye Idirimbo Usanga Ari Nziza Cane Bi...
14/01/2026

✍🏻𝐔𝐖𝐈𝐌𝐀𝐍𝐀 𝐂𝐡𝐫𝐢𝐬𝐭𝐢𝐚𝐧 a.k.a Wiz Designer Mumwagiriza Iki Koko?

🚨Ntaco Adakora Iyo Asohoye Idirimbo Usanga Ari Nziza Cane Biteye Ubwoba Ariko Bamwe Mubajejwe Gusapotinga Umuziki Wacu Babaye Abarorerezi Izina Rya Mungu…

✊Indirimbo INSIDE Arikumwe na G Ndetse na MR GISHATI Melanin boy n’Indirimbo Nziza Cane Kandi Ikwije IbisabwakoØbën lůx øgira…..
Øbën lůx øg

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Øbën lůx øg posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share