Bobo Jux

Bobo Jux Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Bobo Jux, Shopping & retail, Bujumbura.

🔥🔥🇧🇮 YAYAYAYAYA iphone 17pro Max Ngo Paaa kwa Natacha Burundi  IMIRIYONI CUMI nazitandatu ngo Fyee abaye Umuririmvyi wam...
15/11/2025

🔥🔥🇧🇮 YAYAYAYAYA iphone 17pro Max Ngo Paaa kwa Natacha Burundi IMIRIYONI CUMI nazitandatu ngo Fyee abaye Umuririmvyi wambere Hano m'uburundi ashoboye guhangara ino Téléphone igezweho iriko ikoreshwa nabanyamafaranga amateka arakwiye izina Niryo muntu ngo Laboss

follow m'y page please

🚨 inkuru ibabaje 😭🇧🇮 .aho bita kumusaga.Abantu Bane 4 baraye bahitanwe nuruzi..aho vyemezwa ..kwaho hantuu😭 beshi bahiru...
15/11/2025

🚨 inkuru ibabaje 😭🇧🇮 .aho bita kumusaga.
Abantu Bane 4 baraye bahitanwe nuruzi..aho vyemezwa ..kwaho hantuu😭 beshi bahirukira Baja mumasengesho .ico bita kumusozi .kubantu basenga.. niko

..invura iturutse kumisozi hejuru yabahitana baca bitaba.IMANA ..kuko keshi bararayo .barko basenga uhorho ..Bose ntanumwe yasigaye ndabibutsa ko uwomusore niyo nkumi bavukana abavyeyi bari mugahinda kadasanzwe ..turahojeje ababuze .mwihangan ..nizere ko bagiye kwadata.. ntiwibagire gukora suivre na follow.kugira amakuru .abandanye kubageraho...

follow page jux

🔵🇨🇵 BREAKING : Ari Kylian Mbappé canke Eduardo Camavinga, ntan'umwe Real Madrid ugiye guhomba murukino rwimirije !Aba 2 ...
14/11/2025

🔵🇨🇵 BREAKING : Ari Kylian Mbappé canke Eduardo Camavinga, ntan'umwe Real Madrid ugiye guhomba murukino rwimirije !

Aba 2 bose bavuye mumugwi w'abafaransa, ntibazokina imbere ya Azerbaijan kubw'utubazo bari bafise.

Didier Deschamps yanse kwirirwa arabagumiza mumugwi batameze neza kandi yamaze kuronka itike ryo kuzokina igikombe c'isi.

Mbappé na Camavinga Bose Real Madrid ubona ko bazowufasha imbere ya Elche. ✅

Uyo ni wa mugore yaja kwifotoza Photo shoot n'inda mu nda yerekana ubusa bwiwe, rero nkukwo mubibona kwiyo photo yambere...
08/11/2024

Uyo ni wa mugore yaja kwifotoza Photo shoot n'inda mu nda yerekana ubusa bwiwe, rero nkukwo mubibona kwiyo photo yambere aho nah'umugabo wiwe yaraye amumenaguye ivyiso😄😄😄

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bobo Jux posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share