01/08/2026
📚 HITAMWO CAHIER IWACU! 📚
Bavyeyi, bana, igihe co kwitegurira ishure kirageze ! ✏
Hitamwo I Cahier IWACU — cahier nziza, ikomeye kandi ikwiye ku banyeshure bose.
👨👩👧 Bavyeyi : Ronderera umwana wawe I Cahier IWACU kugira yige neza kandi yitegurire kazoza kiwe!
👧👦 Bane : Hitamwo Cahier IWACU, uyandikemwo , ubumenyi bwawe n'indoto zawe!
👉 Ntutebe! Gura Cahier IWACU uno musi, maze witegurire ishure neza!
📖 CAHIER IWACU — HITAMWO IWACU, IBIHE VYOSE KURI BOSE! 💙