Fashion burundi

Fashion burundi Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Fashion burundi, Bujumbura city marcket, Bujumbura.

🚨BREAKING NEWS🚨  mugihe abandi bariko bubaka uruhome kuruhande rwaba myugariro   yo iriko izana abasatirizi bokubomora i...
24/07/2026

🚨BREAKING NEWS🚨 mugihe abandi bariko bubaka uruhome kuruhande rwaba myugariro yo iriko izana abasatirizi bokubomora ibihome iyi FC BARCELONA muruwu mwaka winkino dutanguy muyitege ije itavyorosha

Nimba urumukunzi wumurwi wa fc Barcelona
nturengane utaduforwinze❤️💙

07/02/2026

Ntamu fans wa Barcelona yorengana iyi vidéo adasize like

🚨  : Enzo Alves, umuhungu wa Marcelo, yasinyiye amasezerano yiwe ya mbere ya professionnel muri Real Madrid 🤍✨Enzo ari m...
27/01/2026

🚨 : Enzo Alves, umuhungu wa Marcelo, yasinyiye amasezerano yiwe ya mbere ya professionnel muri Real Madrid 🤍✨
Enzo ari mu bahanzwe amaso cane muri La Fabrica, Academy y’abahinga ba Real Madrid, aho afatwa nk’icizere gishasha mu myaka iza.
Akina nka rutahizamu, kandi ariko arakorera cane inzozi ziwe zibandanya kumushikana kure 💭⚽
✍🏽😁 Uvuye kuri se, uja ku mwana — akanya kadasanzwe mu muryango wa Marcelo.

🚨🚨  : Paris Saint-Germain yasinyishije umukinyi w’umuhanga w’imyaka 18, Dro, ava muri Barcelona. ❤️💙⭐️PSG yemeye gutanga...
27/01/2026

🚨🚨 : Paris Saint-Germain yasinyishije umukinyi w’umuhanga w’imyaka 18, Dro, ava muri Barcelona. ❤️💙⭐️
PSG yemeye gutanga €8.2M, amafaranga arenze release clause, kugira baronke Dro mu buryo bwiza kandi barinde umubano mwiza hagati y’amakipe yompi.
Dro yasinyiye amasezerano y’imyaka 4 n’igice, azomara gushika mu mpeshi ya 2030.
👉 Uha aya masezerano amanota angahe, kuva kuri 1 gushika kuri 10? 🇫🇷🔥

kora kura ngaho handitse suivre kugira uzoze urabona amakuru agezweho

🚨🚨BREAKINGAMAGAKURU KEZA KWA REAL MADRID nuko Rudiger yakoranye imyimenyerezo nabandi akaba agiye kagaruka mukibuga muru...
26/01/2026

🚨🚨BREAKING

AMAGAKURU KEZA KWA REAL MADRID
nuko Rudiger yakoranye imyimenyerezo nabandi akaba agiye kagaruka mukibuga murukino rukurira

🚨 🚨🚨HERE WE GOOOFermín López agiye gushira umukono ku masezerano mashasha muri FC Barcelona azomara gushika mu 2031.Uyu ...
26/01/2026

🚨 🚨🚨HERE WE GOOO

Fermín López agiye gushira umukono ku masezerano mashasha muri FC Barcelona azomara gushika mu 2031.

Uyu musi nyene yemeye igitekerezo ca Barça, kandi amasezerano azosinywa muri iyi ndwi, akazomara imyaka 5.

Barça igiye kumwongera umushahara, kandi release clause yiwe iza kwikuba kabiri.
Chelsea yarashaka kumujana muri 2025, ariko Fermín yabyanse:

👉 Fermín araguma i Barcelona! 🔐💙❤️

🗞 Fabrizo Romano

Ntugende udakoze suivre kuri page kugira tuzoze turabona amakuru mashasha

🚨🚨 Perezida wa Barcelona   ku bijanye na   yagiye muri Paris Saint-Germain:“Gutanga kwa   kwarantangaje.” 😱“Twari twavug...
26/01/2026

🚨🚨 Perezida wa Barcelona ku bijanye na yagiye muri Paris Saint-Germain:
“Gutanga kwa kwarantangaje.” 😱

“Twari twavuganye ko tuzomwongera amasezerano afise imyaka 18, ariko umukozi wiwe (agent) munyuma atubwira ko yahinduye ivyiyumviro.”

“Vyabaye ibintu bitatunezereje cane.” ‼️

source. 🗞Fabrizo Romano

yayayaya umwana muto vyamwase munda abonye igitsindo Lamine Yamal atsinze igitsindo kirimwo expérience ubumenyi bwokurwe...
26/01/2026

yayayaya umwana muto vyamwase munda abonye igitsindo Lamine Yamal atsinze igitsindo kirimwo expérience ubumenyi bwokurwego rwohejuru vyatumye abari bicaye Bose barahaguruka barikanga baravuaga ti umwana aranze kbx

🚨🚨 Mwite Lamine Yamal yatsinze igitsindo camateka arinaco caranze ukwezi kwambere mukunezerererwa co gitsindo yifashishi...
26/01/2026

🚨🚨 Mwite Lamine Yamal yatsinze igitsindo camateka arinaco caranze ukwezi kwambere
mukunezerererwa co gitsindo yifashishije célébration nkiya Christino Ronaldo nkuko mubibona kuriyo photo

Ndagusabe ntugende utagize kuriyi page kugira uzoze urabona ibiganira bicako

26/01/2026

Fermín Lopez

Address

Bujumbura City Marcket
Bujumbura

Telephone

+25761497343

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Fashion burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share