Evangeliste Havyarimana JONAS Love

Evangeliste Havyarimana JONAS Love Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Evangeliste Havyarimana JONAS Love, Religious Bookstore, Bujumbura.

21/10/2024
07/10/2024

Je suis né de nouveau

24/09/2024

;

Umuntu yiba Imodoka, amena amazu etc yatanguye yiba ivyokurya munzu iwabo, agavura uduhera duke abamutumye !

Umuntu asambana na Malaya uyumusi , niwe yatanguye yanka gusambana ariko Kwisambanya akabona ntakibazo.

Umukobwa yacitse Malaya arara gusambana yatanguy muri copinage , umuhungu amuhaye imbombo naw akamuha bz akavyita ibisanzwe !

Umuntu anwa Primus 3, 4 , 5 ......... 12 yatanguye ahonja aka Verre kamwe,

Umuntu abesha cane yatanguye abesha akantu gato akavyitwa ibisanzwe ariko Ubu ugasanga haraho abesha n'ibitarivyo ngo mfasha ngwaye Sida, Igitigu, etc cank ngira mpfe ndaremvye, etc

NI IKIHE CAHA KIKUREMBEJE WATANGURIYE MUGUFYINA?? IBUKA AHO VYATANGURIYE ABE ARIHO UHERA MUGUKOSORA!

AKIRA YESU NI MUZIMA AKUGIRE MUZIMA💪

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Evangeliste Havyarimana JONAS Love posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share