19/11/2023
๐ข๐จ MATCHDAY : Nico gihe, ni nako kanya, Intamba murugamba zicakirane n'igihugu ca Gabon. ๐โฅ๏ธ๐ฅ
โ
BURUNDI ๐ด ๐ โช GABON
๐๏ธ Benjamin Mkapa
๐ Uno munsi, 15h00'
Murukino rwambere, uburundi bwatsinze Gambie 3-2, Gabon itsinda Kenya 2-1.
Uno munsi uratanga amahigwe gute ?