Warriors Shop Point

Warriors Shop Point vente de tous les produits/services necessaires au quotiden

21/07/2023

wewe uri umuyabaga? ivyo ukwiye kumenya imbere yogushikana imyaka 35.

Menya neza: igihe co hagati y'imyaka 20-35 kwa buri muntu nigihe co kurondera ubuzima, koresha umwanya wawe neza utaza kwicuza wibutse kwifuka bwakeye. menya ibintu bitatu ngenderwako: kurondera umushahara, guhindura ingendo na relations ugira.

1.kuba umunyeshure
ico nigihe cokwiga ibintu vyinshi ngira kamaro mu buzima no kugira experience, bituma uba umu expert, bituma wubahwa, uronka akazi kaguhemba neza, ...

2.ntutinye kugerageza
hagati yimyaka 20-35 nigihe ciza co kugerageza gukora ibintu vyinshi ku mwanya umwe ukaraba nikihe ushobora gukora kikaguteza imbere. nigihe ushobora gukora urudandazwa, kugira decouverte cank experimentation iyariyo yose....

3. gerageza kubika udufaranga twintega bizoza
urashobora kuza urabika 10-20% ya salaire yawe nkitega bizoza.iyo niyo izoba umutahe wa investissement zawe igihe uzoba ushaka gukora urudandazwa

4.umenye ingene reseaux sociaux zikora
mugihe ca none , reseaux sociaux nimwe mu nzira zo gushobora gukora urudandazwa, akarorero: gupublia ibidandazwa, kudandaza, etc..... fabriquer ta propre marque (brand)

Address

CITY CENTRE
Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:30 - 16:30
Tuesday 08:30 - 16:30
Wednesday 08:30 - 16:30
Thursday 08:30 - 16:30
Friday 08:30 - 04:30
Saturday 09:00 - 14:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Warriors Shop Point posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share