13/03/2022
Société Twikangure tworore inkoko kijambere ibazaniye inkuru nziza kuborozi bw'inkoko na cane cane Bari mu ntara za Ruyigi,Cankuzo,Riyana n'abandi Bari mumicungararo yaho.
Habonetse imiswi myiza y'ubwoko bukunzwe bwa Kloirer(inkoko zita amagi menshi zikongera zikagira inyama nyinshi)
Iyo miswi ikaba izoronswa incanco zose ukwo zikurikirana.
Kubipfuza izo nkoko bokwakura kuri téléphone isanzwe canke kuri watsapp 68677687.
Uwozogura imiswi azoronswa n'inyigisho zo kworora kijambere yongere yigishwe n'imiti n'indya vyo kuzikurikirana .
MURAHAWE IKAZE.