Iwacu duseke Bishanga

Iwacu duseke Bishanga 1234

13/06/2021

Abakunz binkur zitwenz muriho ? Fyond jaime kugr ntubikw naw

02/04/2021

Abandi uko baronk ibi tel binini raba umuntu afis tel nkiyo wipfuz uyimutize๐Ÿ‘ฆ๐Ÿ‘ฆ uce ushira hejur yibasa yamazi uzoca uboni iyind nkayo hejur uce ufata kwakuboko kuyifashe uce ukujana gutora yayindi kugir zibe zibiri mukuboko kumwe uzoza ubona Uhoraho abigufashijemwo !!!!! ๐Ÿ˜ฌ๐Ÿ˜ฌ๐Ÿ˜ฌ๐Ÿ˜ฌ

02/04/2021

Ubugugu terimber ejo bishanga yariko aratembera aza abona atoye agafoto karya bamyora kumavuta yo kwisiga non uyumusi nagiy numva ambaza ayo yokwibangikanya kugirango amukwe bazobane nkawe womwishura gt๐Ÿ˜ฐ๐Ÿ˜ฐ๐Ÿ˜ฐ๐Ÿ˜ท๐Ÿ˜ท

02/04/2021

Ndamukunze 3ans ariko ntanakimwe nari bwamwake cankengo ndamuhe ariko iyindwi iheze anyinging ninguvu nyish ngo turyamane non aho biv k*k ?????

02/04/2021

Ugiye kumvikana bakakwaka 1million kandi ari uwo mucaro ukabona kabsa ntaho uzoyakur uca urondera aho ukura ikingorongor ca 10$ uca ugenda urikumwe nuwund mutip yiyemera mush*tsey atangur gucang imitwe abereka yuko bavunjuy harimw 1million200mil. Umukobw uzosang umuhambij kur 200mil๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€๐Ÿ˜€ kubah nubweng nn nibamenya ko mwabivy umukobwa amaz 1jour iwaw bazomutumako ???? ๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹๐Ÿ™‹

02/04/2021

Ukabona ukunze umukobwa ikiringo cumwaka imisiyose umuhaye vundera uca usanga yambay agasimpo uzoce umenyako ukunze umukobwa atagira inzara kumano !!!!! Kandi ukabona haheze 2semaines ataguhay akabizou kand kare atahor asib uzoce umenyako afise imbany azoba yanka ko woyumva akamoto๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ!!!!

02/04/2021

Erega abakobwa bubu nimwebwe abasore mubater kugara umukobwa umambits android ya 300mil mawe ukoresha lumitel ya 10000Fb inyuma ya 2mois imbere yiw aca atangura kubon ko uri nkigikororwa cuwugway tuberculose nico atakamaro๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ˜ฑ

02/04/2021

Abantu mutubahwa kubukwe ndabatoze ubwenge๐Ÿ˜ฌ๐Ÿ˜•wamaze kumeny ko batakwitaho ubwambere uzotize kositime ugende waberew ubony bagufash nab uzoc uwund mus ugend wambay uburenget niwabon bos baj kugushengerer uzoc ubonako wakoze ikosa umukobwa wabo yarigutwagwa numusazi๐Ÿบ๐Ÿบ๐Ÿบ๐Ÿบ๐Ÿฏ๐Ÿฏ

Address

Kayogoro

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iwacu duseke Bishanga posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share