Inkuru Y'ukuri Tv

Inkuru Y'ukuri Tv Uru rubuga rubafasha kumenya inkuru ziriko ziravugwa mutamenye kandi twari tubwirizwa kuzimenya!

Jewe mbaze ikibazo indirimbo ya ado josan ft mt number one irihehe ko mbonye bayifuse numuvuduko yariko ???
11/09/2022

Jewe mbaze ikibazo indirimbo ya ado josan ft mt number one irihehe ko mbonye bayifuse numuvuduko yariko ???

Sha mwabantu nkibona izi photo navuze nti ni kizzito yafashe bruce melody nca nibukako kizzito yapfuye ahubwo basa na To...
03/09/2022

Sha mwabantu nkibona izi photo navuze nti ni kizzito yafashe bruce melody nca nibukako kizzito yapfuye ahubwo basa na Toussain

Bruce melody ibibintu bibaye ntasano vyoba bifitaniye?? Guys jewe ndibuka igihe bruce melody atangaza iki giteramo abant...
01/09/2022

Bruce melody ibibintu bibaye ntasano vyoba bifitaniye?? Guys jewe ndibuka igihe bruce melody atangaza iki giteramo abantu benshi barateye critique ngo ntivyari bikwiye ko atangaza ikintu nkiki kandi bari mukiriyo ca mugenzi wabo yvan buravan abandi bagenda baravuga ibindi kubijanye nicokintu akoze ,ndiko ndibaza aha hantu ntamikoshi yoba yarabayemwo kwl??

Ntibikiri ibanga nibintu bibabaje nibintu biteye agahinda YVAN BURAVAN yamaze kuba asezera isi aho yapfiriye mubitaro vy...
17/08/2022

Ntibikiri ibanga nibintu bibabaje nibintu biteye agahinda YVAN BURAVAN yamaze kuba asezera isi aho yapfiriye mubitaro vyo mubuhindi tubibutseko yari yavanywe mubitaro vyomurwanda biranka acajanwa mubitaro vyomuri kenya naho nyene vyakomeje kwanka aho yaciye ajanwa mubitaro vyomubuhindi naho biruko birangiye apfuye unomusi mwijoro ryakeye le 17/8/2022 tubibutseko yari yavukiye mugihugu cu Rwanda 1995 twihanganishe umuryango wabuze ndetse nigihugu Cu Rwanda cabuze RIP

Ndazi ko benshi mwari mukumbuye akaboga kinka vyamaze kuba officiel inka zizotangura kubarwa kuva kumusi wagatatu windwi...
27/07/2022

Ndazi ko benshi mwari mukumbuye akaboga kinka vyamaze kuba officiel inka zizotangura kubarwa kuva kumusi wagatatu windwiza ivyo vyashikirijwe munama yahuje baburamatari kuno wagatatu

NB: impene nintama ntago zirimwo muzizobarwa!!!

Mwakiriye gute iyo nkuru aho muherereye hose??

Ariko tuvugishije ukuri ngo nuko uri umu star uzwi ibaze nka natasha ikibanza afise ngaha mugihugu cuburundi,ndabira nam...
27/07/2022

Ariko tuvugishije ukuri ngo nuko uri umu star uzwi ibaze nka natasha ikibanza afise ngaha mugihugu cuburundi,ndabira namwe kano kamaramaza ngo ari italie

Mbe uku sugutakaza akaranga nimico vyigihugu cacu?

Nyamba ariko ubibona gira akajambo umubwiye muri commentaire

Kora na partage

Inoti yigihumbi yasubirijewe bivanye nubukomezi buke yari ifise BRB yabivuze unomusi kuruyu wa2 igenekerezo rya 26/7/202...
26/07/2022

Inoti yigihumbi yasubirijewe bivanye nubukomezi buke yari ifise BRB yabivuze unomusi kuruyu wa2 igenekerezo rya 26/7/2022 abo mumicungaro mwese mugize igihungu mwari mumaze imisi mubonako haboneka inoti zigihumbi zishaje hagiye gusohorwa zishasha kand zikomeye

13/07/2022
12/07/2022

Reka natwe nkumuco business duhe félicitation kwayamateka bubatse yogukwiza 1M atanumwaka urahera reka dusabe twongere dushimire sat b kwiteka yabateye ryokubakira muri milgang ko yokwamana uwomutima mwiza ko nabandi boguma kubashigikira tuvuge duti mwubahwe rappy boy na treizo

Eeeeheee hariho bamwe bigirango bakunda umuziki ndundi ndabasabe murupfasoni nomucubahiro canyu mubwire muri commantaire...
05/07/2022

Eeeeheee hariho bamwe bigirango bakunda umuziki ndundi ndabasabe murupfasoni nomucubahiro canyu mubwire muri commantaire bano baririmvyi abaribo amazina yabo numuziki.ubaziko

NB:uwubatora akavuga nizina ryumuziki abaziko na stager bariko intara bariko bakoreremwo ico giteramo ace asiga nimero yiwe tumurondere nagashimwe kiwe kugira tumusange imbox

25/05/2022

El pro arakijee ngo ntamyaka ijana

Bt bt mwese aho muri birabonetseko biragaragayeko intertenment muburundi bano bajama bayifatiye ndiko ndibaza nyamba se ...
17/05/2022

Bt bt mwese aho muri birabonetseko biragaragayeko intertenment muburundi bano bajama bayifatiye ndiko ndibaza nyamba se wabo big fizzo ukuntu ariko arakira iterambere ryaba bana bakiri bato aho babandanya babikora neza ubu indirimbo yabo nopfa ikaba yateye iyindi ntambwe twe ubwacu tuvuga duti reka tubakeze kukazi keza bariko barakora kuri collabo zabo zidapfa ubusa

Address

Munyika/Rugombo/Cibitoke
Rugombo
INFORMATIONS

Telephone

+25769495941

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Inkuru Y'ukuri Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Inkuru Y'ukuri Tv:

Share