14/04/2023
๐ด BUBANZA : Abenegihugu bo mu ntara ya ngo ntibakironka vyoroshe ibinyobwa bihingurwa na Brarudi SA .
๐ดMugihe abenegihugu bakora imanza zitandukanye bฤri bรขramenyereye kw'ifashisha ibinyobwa bihingurwa na Brarudi, ngo ubu urashobora gukora urubanza ,rugahera hifashishijwe ibinyobwa bitekeye mu tuvodoka nka , n'izindi , ibitigera binezera bene gutaha urubanza. Ariko ngo ivyo bikaba biva ku bukene bw'inzoga za Brarudi ngo ubu hoho n'amafanta yatayemwo ntakibonekana , aho uyisanze muraciriranira , aho bakurikije ibiciro naho uheruka zish*tse ugahiga aho wazibonye ukazibura.
Ikinyobwa ca Amstel Burundi coco ngo ugiriwe ubuntu ukakibona n'ibihumbi 3500 urakigura kandi ariwe uyishiriyeko.
Aho twaciye ku bubare butandukanye , batumenyesheje ko iyo bagiye kurangura ku bituro vy'ibinyonwa vya Brarudi bita MEGA , ngo babaha dukeya ngo kubera nitwo baba baronse , bagahitamwo kudusabikanya n'abandi.
๐บ๐พ Aho iwanyu muraronka neza akanyobwa ka ?