Abel Nduwayo Burundi

Abel Nduwayo Burundi Abel nduwayo,est un artiste musicien et Cinéaste! Tel+25779410298.+25775410298.

09/09/2026
Yitwa NDUWIMANA Sandrine yaramutse yugururra SHOOP  YOGUKOTESHA IMPUZU ZABAGENI,iyo shop ikaba iherereye muri caritien n...
08/09/2026

Yitwa NDUWIMANA Sandrine yaramutse yugururra SHOOP YOGUKOTESHA IMPUZU ZABAGENI,iyo shop ikaba iherereye muri caritien nyakabiga ,av de l’université ,ahobakunda kwita kuri Mao .hakaba harabana na station inter pétrole .murahawe kaze mwese .

08/09/2026

Igitambo filme .caming soon .vuba murayibona yose .

Umwubahwa wacu ptresident w ishirahamwe ryabakinyi ba cinema cocinebu .tukwipfurije kuroranigwa mukazi waraye wizewemwo ...
07/09/2026

Umwubahwa wacu ptresident w ishirahamwe ryabakinyi ba cinema cocinebu .tukwipfurije kuroranigwa mukazi waraye wizewemwo nabakinyi ba cinema muburundi.Imana izogushoboze muri vyose.nacane cane iguhe ubwenge bwokubona kure,kugira igikogwa watanguye uzogishikane kure hashoboka.

07/09/2026

Kandi nkubu uwutwara Regideson usanga agipokeya umushahara Fraich abenegihugu akazikose kase kubera ishirahamwe atwara ryatwimye umuriro ?Mbe hoho ntagitanga ibiganiro ngwapfume atubesha basi?

📢 AVIS DE RECRUTEMENTLa Polyclinique Tereziya recrute un Chauffeur dans le cadre d’un contrat à temps plein.Les candidat...
07/09/2026

📢 AVIS DE RECRUTEMENT

La Polyclinique Tereziya recrute un Chauffeur dans le cadre d’un contrat à temps plein.

Les candidats intéressés sont invités à consulter les termes de référence ci-dessous et à déposer leur dossier au plus t**d le mercredi 09 septembre 2026 à 17h30.

📞 Informations : 62 041 000

Bonne chance à tous les candidats !

Kumazina yahawe nabavyeyi,ni magara namazi Hasani .beshi bamuzi kwizina rya mugisha.niwe yaraye yemejwe kurongora ishira...
07/09/2026

Kumazina yahawe nabavyeyi,ni magara namazi Hasani .beshi bamuzi kwizina rya mugisha.niwe yaraye yemejwe kurongora ishirahamwe ryabakinyi ba cinema muburundi cocinebu.akaba yatowe nabari bitavye inama kumajwi meshi cane,aho yatowe nabantu mirongo ine numunani,batabu batoye oya,babiri ntaco babivuzeko.icegera ciwe hakaba hemejwe F***y lavine nubwo yari yafatiriwe,muntumbero yokwubahiriza ibitsina vyose.ayomabanga yatorewe akaba azomara ikiringo cimyaka itatu,mugihe yokwitwara neza,atadekonye ngwahagarikwe naba nwznyi.ndabibutseko inama yabaye Kuruwu W,Imana igenekerezo rya 6/9/2026,ikaba yabereye mucarama ahobita kumutana.reka twizereko mugisha agiye kutuyobora neza,agashobora nivyari vyarananiye beshi,kuko arumukinyi wakera,mbere afatwa nkuwatanguye gukina filme muburundi,ubwo rero akabazi amagogwa nibibazo biri mugisata ca cinema muburundi.👉🏿👉🏿 https://youtu.be/RSqA4Ijc97E?si=7bMrjT-8NndnN--E

Mwanka mwemera jewe nyaruda aka gakino ndakazi.nuko kwemeza abarundi bigoye.maze imyaka myishi mbigisha ubu star icarico...
06/09/2026

Mwanka mwemera jewe nyaruda aka gakino ndakazi.nuko kwemeza abarundi bigoye.maze imyaka myishi mbigisha ubu star icarico mwarase kubitahura .hakubitahura mungirira ishari abandi mukangira ishamba.icombonaco nzohava nvakurinosi mutamenye ubu star icarico.kubera igisata cacu ca cinema carinjiriwe nabantu badatahura ubu star icarico.ntamu star agira inzigo nishari.ntamu star yugaye mumutwe.umu star arangwa nokuba yugurutse mumutwe.ariko usanga umuntu yiyita umu star ariko ugasanga yugaye mumutwe,afise ishavu nkiryumurozi.ivyo ntibibaho.mudashoboye kwuguruka mumutwe mubivemwo.sye.

06/09/2026

Ubu twebwe ntayindi ndirimbo turirimba atari superbat song .

Umusi W,Imana wagenze neza
06/09/2026

Umusi W,Imana wagenze neza

Address

Nairobi
00100

Telephone

+25779410298

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Abel Nduwayo Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Abel Nduwayo Burundi:

Shortcuts

Share