Impanuro murukundo

Como chegar

Impanuro murukundo Informações para nos contactar, mapa e direções, formulário para nos contactar, horário de funcionamento, serviços, classificações, fotos, vídeos e anúncios de Impanuro murukundo, Compras e vendas a retalho, Nampula.

11/08/2023

UMUNYESHURE MWIZA

Nitwa Yves Manirakiza nkaba ndi umunyeshure wo kuri Lycée Technique de la Plaine (mu Kamenge kuri gard du Nord) mugisata ca Maintenance.

Ingendo iranga umunyeshure mwiza, nuko yama ari umunyeshure afise isuku kw'ishure mbetse no mukibano agakurikiza amategeko n'ubuyobozi bwikigo yigako.

Akama ari umubangutsi igihe abigisha bamuhaye ivyo akora akabera akarorero keza abanyeshure batoyi munyifato ziwe.

Hama akama yiteguye n'ukuvuga kugira études ataruko barinze kumubwira ngo ejo dufise akabazo kuko bimufasha kugumiza ibintu mumutwe bikamworohereza...
Murakoze

11/10/2022

Ubuntu bitatu dukwiye kwitwararika
Kubaha no gufata neza umukunzi wade
Kunezereza umufasha wawe mukumuha utwa umwanya ukwiye do kumuyagisha
Kutavangikanya umufasha wawe ngo umuce inyuma

Ivyo nibintu nuvyitwararika urugo rwawe canke urukundo rwanyu rozogira amahoro Bana natwe mugukora suivre patage

Endereço

Nampula

Website

Notificações

Seja o primeiro a saber: enviamos-lhe um e-mail quando Impanuro murukundo publicar novidades e promoções. O seu endereço de e-mail não será utilizado para nenhum outro fim e pode cancelar a subscrição a qualquer momento.

Atalhos

Partilhar