Dufashamye mu Buzima

Dufashamye mu Buzima SON OF AFRICA SUNRISE HAIR STUDIO

04/10/2022
12/09/2021

Urukundo si intambara nukumvikana

31/08/2021

Twunguranye ibitekerezo kuvya kazoza kacu
Kk ubugirigiri bugira babiri

Mbe waba ufise projet muga vyarakunaniye kuyishira mungiro kandi ari nziza mbese yashobora kwinziza NinyunguKaze kur pag...
23/05/2021

Mbe waba ufise projet muga vyarakunaniye kuyishira mungiro kandi ari nziza mbese yashobora kwinziza
Ninyungu
Kaze kur pages DUFASHANYE

SON OF AFRICA SUNRISE HAIR STUDIO

24/01/2021

Amahoro mwese abo tuzinanyi nabo tutazinanyi , akazina abemenshi banzi ko ni mustaffa cnk Ephraim .Nashimye gufunda iyi page nkuko muyibona bivanye niza nayihaye
DUFASHANYE MU BUZIMA .
Bene data bene mama BURACA BUGACANA AYANDI , kandi NTAWUMENYA AHO BWIRA AGEZE .Ingo dufashanye mubuzima kuko
Twese turi incumbi hano kwiyisi mbese kandi baravuga uti: NYAMWIGENDAKO NTARIMIRA IMPESHI
UFISE AMAHERA NANJE MFISE PROJET , MFISE AMAHERA NAWE UFISE PROJET ZANA UMUGAMBI , ZANA ICIYUMVIRO DUTEZANYE IMBERE TWOYE KWIGUNGIRAKO UBWENGE IMANA YADUHA , TUREKE KWIKUNDA . MUBUZIMA DUFASHENYE KUKO UMUNTU NABANDI GUFASHANYA NICIRUMARA NTUKIYUMVIRE GUFA UWUZI GUSA OYAHA.

Ok, ok
NDABAHAYE IKAZE KURI PAGE YANJE DUFASHANYE MUBUZIMA iciyumviro canje nicawe bifise ico vyamara mubuzima bwanje. Canke mubuzima bwawe. KAZE KAZE VYOSE BIRASHOKA

Address

Lusaka

Telephone

+260961219971

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Dufashamye mu Buzima posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Dufashamye mu Buzima:

Shortcuts

Share